IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Somaliya: Imodoka y’abasirikare b’abarundi yaguye mu mutego wa Al (...)

Somaliya: Imodoka y’abasirikare b’abarundi yaguye mu mutego wa Al Shabab

mardi 3 Gitugutu 2017

Umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi Colonel Gaspard BARATUZA amenyesha ko ico gitero cabereye ku murwa mukuru w’igihugu ca Somaliya Mogadiscio, mu gihe abasirikare bariko bava ahitwa i Masla baja ahitwa Academie.

Colonel Gaspard BARATUZA avugira igisirikare c’Uburundi avuga ko ata musirikare n’umwe w’umurundi yakomeretse, ariko ko imodoka barimwo ariyo yononekaye ica itwarwa n’iyindi modoka.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Reka nibarize Mon Colonel ingene umuduga yononekaye hanyuma abasirikari bose bakavamo ari bazima? Erega niyo hoba hari abapfuye turazi neza ko ata musirikare ugenda ku rugamba atazi neza ko yopfa canke yakomereka

  • Barapfuye bose,BBC yarabitangaje,henda abandi Mr Gaspard Baratuza

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.