Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Tanzaniya: 15 bimba ubutare batowe ari bazima inyuma y’iminsi (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Tanzaniya: 15 bimba ubutare batowe ari bazima inyuma y’iminsi (...)

Tanzaniya: 15 bimba ubutare batowe ari bazima inyuma y’iminsi ibiri

lundi 30 Nzero 2017

Abakozi 15 bimba ubutare bari bamaze iminsi ibiri mu kinogo batowe ari bazima,inyuma yaho imanga itemvye ikabafuririra mu kuzimu.

Amakuru ava mu gihugu ca Tanzaniya amenyesha ko bose 14 bava mu gihugu ca Tanzaniya n’umushinwa umwe batowe bakomeye ariko biboneka ko barushe cane ,kandi bafise ivyondo ku mubiri.

Bari baheze ku metero 30 uvuye hejuru,amakuru yabo yaboneka kubera urupapuro ruboheshejwe urutsinga bakoresha mu guhanahana amakuru.

Isanganya nkiri rirakunda kwibonekeza mu gihugu ca Tanzaniya,kuko usanga badafise ibikoresho bigezweho bikoreshwa mu kwimba ubutare.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.