IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > USA : Donald Trump yijeje ko inama imuhuza na Kim Jong Un ishobora (...)

USA : Donald Trump yijeje ko inama imuhuza na Kim Jong Un ishobora kuba

samedi 26 mai 2018

Donald Trump yavuze ko inama ishobora gupfa igasubira ikazuka.ivyo yabishikirije inyuma y’umunsi umwe atangaje ko uwo mubonano wari utegekanijwe utazoba.

Uwo mukuru w’igihugu wa Amerika yavuze ko kubona yihindukiza mw’ijambo biri mu mikenyuro yo kugiranira ibiganiro.


BIKORIMANA Vianney

Messages

  • Abanyamerika,ntabwenge,bafise,batoye,urya,mutama,Trump,aho,gutora,HilalyCringiton,umukenyezi,akirhmuto,uwo,mutama,ntakazoza,afitiye,abanyamerika.Koreya,yaruguru,izobatikiza,nibigwanisho,ruhnyanganda,kubera,urya,mutama,Trump,nibihangane.!

  • hari ikintu m utazi !!.burya kwisi ntamahoro azigera aboneka kiretse nitwaronka umwami mwizayesu kristo trump nabo bakoreya nibo bafitaniye ingorane bonyene tgusa ?oya da ! ni isi yose.reka dusenge ncuti nayo ivya amerika ntawobita mwumutwe atagomba ko bawucacura. ndangije mvuga nti:bumvikane canke bareke isi yarangiye ubutware bagiye kubwakwa buhabwe ububaha imana bakitondera ivyagezwe vyayo bakizera yesu.imana ibahezagire murakoze@

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.