Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amerika : Umuyobozi ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Amerika : Umuyobozi ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu (...)

Amerika : Umuyobozi ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu yatanze imihoho

mercredi 31 Rusama 2017

Mike Dubke yari asanzwe akorera mu biro vy’umukuru w’igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika Donald Trump, yari yahawe akazi ko kunagura igisata co gutumatumanako amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu.

Mu kurindira ko hagenwa mushasha asubirira Mike Dubke ,umunyamabanga ajejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu White House, Sean Spicer, niwe azoba arasubirira Mike Dubke.

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko Mike Dubke yatanze imihoho kubera hari ukwumvikana guke hagati y’abajejwe gutumatumanako amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu White House.

Amakuru ya Radiyo BBC amenyesha ko umukuru w’igihugu Donald Trump yoba adashima ingene amakuru y’ibiro vy’umukuru w’igihugu atangwa.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.