Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubuhindi bugiye kuba ubwa gatanu mu butunzi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubuhindi bugiye kuba ubwa gatanu mu butunzi

Ubuhindi bugiye kuba ubwa gatanu mu butunzi

mercredi 27 décembre 2017

Ico kigo cakoze icigwa kigereranya imishahara y’ivyo bihugu baharuye muma dorari y’abanyamerika.Igihugu c’ubuhindi kikaba kimaze imyaka itari mike kiriko kiraduga mu butunzi.

Ubuhindi bugiye gusumba igihugu c’ubwongereza bivuye ku gukoroka kw’amahera y’abongereza « Livre sterling ».Ubuhindi bukaba bwongereje ubutunzi ku rugero rwa 7% mu myaka 20.

Naho bir’ukwo, abanyagihugu bobo ubukene buracabazingamitse.Umuhindi umwe kuri batanu abayeho mu bukene budasanzwe, ubutunzi bukaba bw’iharije abahindi batarenga 10% .

Abanyagihugu bakaba bagifise ibibazo vyo kuriha amakori, kwigisha abana hamwe no kwivuza.


Pacifique BUKURU

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.