IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Ubushikiranganji bw’indero bwasabwe icegeranyo ku nyigisho za Kaminuza (...)

Ubushikiranganji bw’indero bwasabwe icegeranyo ku nyigisho za Kaminuza zitangwa ku mugoroba

mardi 6 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Muri ico cegeranyo gitegerezwa gushikirizwa ibiro vy’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu bitarenze kw’igenekerezo rya 15 Ntwarante 2018, ubwo bushikiranganji bubiri busabwa kandi gushikiriza intererano z’ingingo zofatwa.

Ico cegeranyo kizoca gishikirizwa inama nshikiranganji kugira icemeze, kikazoba kandi kirimwo urutonde rw’abakozi ba Reta bakurikiranye izo nyigisho zo ku mugoroba, mu gihe uwo mwanya bari kuba bari mu kazi bashinzwe. Ingingo zizoheza zifatwe kuri abo bakozi ba Reta, nk’uko biri muri iryo kete ryarungikiwe umushikiranganji w’inyigisho.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • Iryo tohoza rirahera muri Kaminuza y’uburundi kuko naho hatari formation ya soir na formation yo ku murango hariho abanyeshure bamara igihe kinini Kirenga amezi atari make baba batari mw’ishure. Kandi tubona baheza bakaronka ama diplomes. Ico mbona coshoboka namba iyo système de formation ibonekamwo utunenge boyihagarika ariko abize ata tegeko barenze bakabandanya ubuzima. Cari iciyumviro.

  • bavuze amanota yumwaka wi cenda?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.