IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Amashuri > Ubushikiranganji bw’indero bwatanze imyifato ngenderwako ku bazokora ikibazo (...)

Ubushikiranganji bw’indero bwatanze imyifato ngenderwako ku bazokora ikibazo ca Reta

Saturday 2 June 2018, by vianney

Mu kiganiro umuvugizi w’ubwo bushikiranganji yatanze ku bamenyeshamakuru kur’uno wa gatandatu igenekerezo rya 2 Ruheshi 2018,Juma Edouard, yamenyesheje ko abanyeshure biteguriye gukora ico kibazo babwirizwa kugira isuku mu mico y’ikirundikirindu babwirizwa kwambara bakikwiza.

Ikibazo ca Reta gitanga uburenganzira bwo kuja mu gice ca kabiri c’ishure nshingiro, kizokorwa kuva kw’igenekerezo rya 5 gushika kurya 7 Ruheshi 2018.

Bitegekanijwe ko, abanyeshuri bazokora ico kibazo bangana 9925, kikazokorerwa mu bibanza bingana1015.


Vianney BIKORIMANA

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.