Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubushinwa : Indege ya mbere nini ishobora kugwa ku mazi yagize urugendo (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubushinwa : Indege ya mbere nini ishobora kugwa ku mazi yagize urugendo (...)

Ubushinwa : Indege ya mbere nini ishobora kugwa ku mazi yagize urugendo rwayo rwa mbere

lundi 25 décembre 2017

Iyo ndege nini ishaka kungana na Boeing 747 ifise imoteri 4, yagurutse iva ku kibuga ca Zhuhai mu ntara iri mu bumanuko bwa Guangdong.

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko iyo ndege ishobora gutwara abantu 50, ikaba ishobora kuguma mu kirere amasaha 12.

Ayo makuru nyene amenyesha ko iyo ndege ifise ibikoresho vyo kuzimya umuriro kandi ishobora gukora akazi ko gutabara abantu mw’ibahari, no kuja mu karere karimwo amatati mu bumanuko bw’ibahari y’Ubushinwa.

Kubera ivyo bikorwa ishobora gukora,ibimenyeshamakuru vyo mu Bushinwa vyise iyo ndege ko ari umunyezamu w’ibahari n’amazinga.

Ukuguruka kw’iyo ndege kwatangajwe ikibiriraho ku mboneshakure y’igihugu, abantu benshi bakaba baje kuyishengerera bafise amabendera igihe yagwa
Vyafashe imyaka umunani kugira hakorwe iyo ndege ifise uburemere bw’itoni 53.3.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Andika hano UMUHUZA AHUZIKI ABANYEPORITIC BINANIRANYE KUBU NVIKANISHA KANDI VYUNVIKANA KWARUMUHUZA NUWO GUHEMBWA GUSA NABAHUZE KUGIRA BUBAKE IGIHUGU CHACHU NE ZA TUREKE KUZERINZE TURONDERA ABANDIBAHUZA KANDI TUBAFISE KANDIBAZI IKIBAZOCUBURUNDI NIBAREKEKWIGUNGIRAKO UBUTEGETSI NIBASABIKANYE BOSE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.