Ibirori vyitabwe n’abo mu muryango w’ibwami, hamwe n’abandi batumire bashika 600 bavuye mu bice bitandukanye vy’isi.
Muri abo batumire, harimwo Oprah Winfrey, George na Amal Clooney, umukinyi rurangiranwa w’umupira w’amaguru David Beckham n’umukenyezi wiwe Victoria Beckham na Sir Elton John.
Se bukwe w’umuganwa ntiyitavye ivyo birori, kuko akitswe n’amagara, ariko inabukwe Doria Ragland niwe yaherekeje umukobwa.
Uwundi mutumire ni umukinyi akomeye w’isinema wo mu Bwongereza Idris Elba.
IZINDI NKURU ZIJANYE N'IYI |
![]() Indoneziya: Abantu 832 bahitanywe n’ikinyamugigima
1.10.2018 |
![]() Igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika cagabishije igihugu ca Iran
26.09.2018 |
![]() USA:Umunyamabanga wa Reta avuga ko biteguriye kunagura ibiganiro na Koreya ya Ruguru
20.09.2018 |
![]() Uburusiya:Vladimir Poutine yemeje ko abakekwa kuroga Sergei Skripal Atari abicanyi
12.09.2018 |
![]() Igihugu ca Amerika kivuga ko gishobora gufatira ibihano sentare mpuzamakungu mpanavyaha
11.09.2018 |
SOMA IZINDI NKURU MURI "Mu makungu"... |
felicitation