IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yatunganije inama na ba buramatari (...)

Umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yatunganije inama na ba buramatari b’intara

Wednesday 18 July 2018, by vianney

Muriyo nama ,umukuru w’igihugu Pierre NKURUNZIZA yakeje ba buramatari bashasha baherukwa gutorwa yongera abasaba gufata abo basubiriye nk’abahanuzi.

Iyo nama yabereye ku murwa mukuru w’intara ya Gitega yitabwe kandi n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu ,umushikiranganji wo gufata mu nda, hamwe n’umushikiranganji ajejwe uburimyi n’ubwurozi.


IGIHE

Forum posts

  • komera ramba ramba nseba BARUNDI Turagushigikiye kuko nimwebwe muritara ryabarundi kuko arimwebwe muboneshereza Abarundi n,uburundi ok ndabipfurije kugira umusi w,imana mwiza

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.