IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Umurwi w’abana wipfuza kurangura umwuga wo kumenyesha amakuru ugiye (...)

Umurwi w’abana wipfuza kurangura umwuga wo kumenyesha amakuru ugiye gutorwa

Wednesday 29 August 2018, by vianney

Mu kiganiro umuyobozi mukuru w’ubushikiranganji bwo kumenyeshamakuru yahaye abamenyeshamkuru kuruno wa gatatu igenekerezo rya 29 Myandagaro 2018,Jerome NDIKURIYO amenyeshako inyuma y’ico kibazo kizoba gikozwe hazoca hatorwa umuhungu hamwe n’umukobwa muri buri ntara kugira bazoce batangura inyigisho mu mwaka uza wa 2019.

Jerome NDIKURIYO yavuze ko abazotorwa bangana 36hakazoca hiyongerako abana 4 bo mu myaka yahera 2 bo mu gisagara ca Bujumbura,umwe w’i Gitega hamwe n’uyundi umwe wo mu ntara ya Ngozi.

Uyo muyobozi avuga ko buri mwana ategerezwa kuzoherekezwa n’umuvyeyi wiwe canke uwo umuvyeyi azoba yatoye kugira amuherekeza.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.