IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Umwanya uburuhuko bwahora bumara mu mashure wagabanuwe vy’imfatakibanza

Umwanya uburuhuko bwahora bumara mu mashure wagabanuwe vy’imfatakibanza

mercredi 6 Kigarama 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu buyobozi bujejwe inyigisho mu mashure mato mato n’ayisumbuye bamenyesha ko iyo ngingo yafashwe mu ntumbero y’ukwongereza umwanya w’inyigisho mu mashure, ikaba izotangurana n’igice ca kabiri c’umwaka w’ishure w’2017 ushira uw’2018.

Iyo ngingo y’imfatakibanza yafashwe n’ubushikiranganji bw’indero ivuga ko uburuhuko bw’igice ca mbere hamwe n’ica kabiri cahora kimara indwi zibiri kigiye kumara indwi imwe.

Uburuhuko bw’igice ca gatatu nabwo bwahora bumara amezi abiri bugiye kumara ukwezi kumwe.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • Nagabanye akariro umushikiranganji w’indero. Kubera iki bikurikizwa kandi ari ivyinfatakibanza? Trop de zele ikoresha amakosa. Jew narize ibijanye n’indero, ikiruhuko gikwiye ni kimwe mu bifasha abanyeshure kumenya kuko ntabwo ari ama mashini. Iyo ngingo siyo, leta ni iyihagarike.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.