IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Vumbi-Kirundo: Umuntu umwe yishwe uwundi arakomereka mu gitero (...)

Vumbi-Kirundo: Umuntu umwe yishwe uwundi arakomereka mu gitero c’abasuma

Tuesday 10 July 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza ,Pierre NKURIKIYE amenyeshako barashe baca bakomeretsa Pierre NGARAMA uwitwa Emmanuel RWASA w’imyaka 26 yicwa n’urusasu.

Ayo makuru avuga ko abo basuma bivye amafaranga ataramenyekana igitigiri hamwe n’ibitenge,kandi ubu amatohoza aza yatanguye.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.