IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Zimbabwe : Umukuru w’igihugu yatangaje umunsi w’amatora

Zimbabwe : Umukuru w’igihugu yatangaje umunsi w’amatora

mercredi 30 mai 2018

Ikinyamakuru xinhuanet.com, dukesha iyi nkuru, kimenyesha ko yabimenyesheje mu kinyamakuru ca Reta muri Zimbabwe, mu nimero yasohotse kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 30 Rusama 2018.

Yavuze ati :« Kuwa mbere, igenekerezo rya 30 Mukakaro 2018, ni umunsi w’amatora ku cicaro c’umukuru w’igihugu, amatora y’abagize inama nshingamateka, n’amatora y’abahanuzi. »

Ikinyamakuru xinhuanet.com, kivuga kandi ko, umukuru w’igihugu wa Zimbabwe,Emmerson Mnangagwa, yavuze ko kw’igenekerezo rya 8 Nyakanga 2018, ari amatora y’umukuru w’igihugu, azotorwa ku majwi 50 guteranya 1.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.