Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abagabo bakora ibikorwa vyagenewe abagore ntibaba bakirangura amabanga (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Abagabo bakora ibikorwa vyagenewe abagore ntibaba bakirangura amabanga (...)

Abagabo bakora ibikorwa vyagenewe abagore ntibaba bakirangura amabanga yabubatse

mercredi 20 Ruhuhuma 2013

Uko umugabo yitaho ibikorwa vy’abanarugo niko ivyo kurangura amabanga y’abubatse bigabanuka muri we.

Iyo umugabo akora ibikorwa vyo mu rugo nko guteka kuja gusuma n’ibindi bikorwa vy’abakenyezi, niko ugushaka kurangura amabanga y’abubatse bigabanuka ivyo vyemezwa mu kinyamakuru c’imibano co muri amerika.

Bafatiye ku vyigwa vyakozwe vyerekeye ukungana kwibitsina,gufashanya murugo n’ingene amabanga yabubatse akorwa mu bubakanye, vyaragaragaye ko ahubwo iyo umugabo yitwararitse nko gutunganya jardin, imodoka, kuriha ama facture, agakora ivyo abagabo basanzwe bakora ariho agwiza amahirwe yo gushaka kurangura amabanga y’abubatse n’imiburiburi nka 5 ku kwezi.

Ivyo biremezwa kandi na sabino Kornirch umushakashatsi muri kaminuza ya Juan March i Madrid. Ariko ivyo ntibisigura ko umugabo adafasha umugore ahubwo bibaye uko biravyura ukutumvikana ndetse ico wagirango urakijije ugasanga nico wishe ahubwo ni vyiza gufashanya ariko umwe wese agakora ivyo ajejwe mu rugo.


Sylvere Bavumiragiye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.