Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Inyuma y’aho agiriraniye ubucuti n’intambwe, yasohoye amasanamu (video) (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Inyuma y’aho agiriraniye ubucuti n’intambwe, yasohoye amasanamu (video) (...)

Inyuma y’aho agiriraniye ubucuti n’intambwe, yasohoye amasanamu (video) y’urukino nazo

jeudi 15 Rusama 2014

Hari abantu bafise ubuhinga butangaje bwo kugirana ubugenzi n’ibikoko bikaze cane, nk’intambwe. Umugabo wo muri Afrika y’Epfo afise impano yo kumenya kuvugisha intambwe zo mw’ishamba. Ubu hoho yakinye umupira n’intambwe zitatu.

JPEG - 71.5 ko
Kevin Richardson yibereye kumwe n’intambwe

Kevin Richardson aba mu gihugu ca Afrika y’epfo, n’umuhinga yize ibijanye n’ibikoko(Zoologie). Uwo mugabo amaze gutorwa nk’umuntu wa mbere afitaniye ubugenzi n’ibikoko bikaze vyo mu mashamba(savane yo muri Afrika y’epfo).

Akabirya, Kevin Richardson yakinye umupira n’intambwe 3 ataco yinona.

Raba aha munsi isanamu (video)Kevin ariko akina n’intambwe umupira, basigaye bamutazira "intambwe muntu"(Lion Man).

Irabire aha munsi Kevin ariko akina n’intambwe


Chérif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.