IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > EAC : Abahinga b’amategeko basavye Petero Nkurunziza kutitoza ubugira (...)

EAC : Abahinga b’amategeko basavye Petero Nkurunziza kutitoza ubugira 3

samedi 13 Ruheshi 2015

Abahinga mu bijanye n’amategeko bo mu karere ka Afrika y’ubuseruko,bamenyesha ko bisunze ibwirizwa nshingiro ry’Uburundi n’amasezerano yo guhagarika intambara ya Arusha,umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ata burenganzira afise bwo kwitoreza ikiringo ca gatatu.

Mu cegeranyo c’abo bahinga,bamenyeshako bisunze ibwirizwa nshingiro ry’Uburundi,ryavuye mu masezerano ya Arusha,ingingo ya 96 niya 302 zo mw’ibwirizwa ndshingiro ry’Uburundi zitanga umuco ku kibazo c’Uburundi.

Abo bahinga bamenyesha ko ingingo ya 96 ivuga ko ,umukuru w’igihugu atorwa n’abanyagihugu bose ku myaka itanu yisubiriza rimwe gusa.Ingingo ya 302 ivuga ko ku buryo budasanzwe,ikiringo ca mbere c’inyuma y’intwaro nfatakibanza atorwa n’abashingamateka n’abakenguzamateka kuri 2 kuri 3 bazigize.

Ico cegeranyo gisigura ko ingingo ya 302 n’iya 96 zisomewe hamwe ibintu bisiguritse neza kuko,ijambo « Ku buryo budasanzwe»,rikora ku buryo atorwa atari ku kiringo.Kuri ivyo rero,ku kiringo ca mbere, umukuru w’igihugu yatowe hisunzwe amategekokandi yatwaye ikiringo naho atatowe n’abarundi bose.

Muri ico cegeranyo,abo bahinga mu bijanye n’amategeko bo mu karere ka Afrika y’Ubuseruko bavuga ko bisunze ivyo vyose,umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza nta bubasha afise bwo gusubira kwitoza ngo arongore Uburundi,mu kiringo ca gatatu.

Uburundi buri mu ruhagara rwa politike ,kuva mu mpera z’ukwezi kwa kane,kuva umugambwe CNDD-FDD ushize imbere umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ngo azowuserukire mu matora y’umukuru w’igihugu.


IGIHE

Messages

  • es’ubundi yobihevy akazogaruka apre 5ans,vyomutwariki ko yoca abandanya footbal n’amasengesho ata kimusamaza?

  • es’ubundi yobihevy akazogaruka apre 5ans,vyomutwariki ko yoca abandanya footbal n’amasengesho ata kimusamaza?

  • iyo nkuru niyo,hasigaye ko abajejwe kubishira mu ngiro bavyubahiriza!

  • Aguma yishira imbere nka nijimbere ngo ahafise ikibanza?nahebe nabari mumugambwe wiwe nabonyene ni bamvyina buhiye habure numwe yisinya avuge ko azoserukira aba dd?none niyafatwa umugambwe uzoba usambutse none ko ntawundi bazoshira imbere uwo bari bizeye kazoba kamubanye very worse nivyo bita underest umuntu umwe akabahuramisha mumugambwe?ntabantu murimo reka aveko hama muzoce mutangura kuniganira umugambwe kandi barababaza uwowuserukira mukamera nkingurube bariko bagaza.

  • Nonekotwebwe Abanyagihutumwishakira Mugombakutwaka Ubwoburenganzira?Nibareketumwitorere Ubwakabiri.

  • Nivyo ni hamwe abarongozi ba afrika uretse bamwe bamwe iyo bizewe bagashirwa kubutegetsi ku neze baca bahitamwo kuzobusubiza nuko bibanje kuba nabi. Ico twosaba nuko boca bavyumvisha abo vyega na cane cane abakuru bibihugu mukarere, abafasha uburundi,amashirahamwe mukarere cank mpuzamakungu baterere kugira igihugu kive mu kaga abarundi turarushe

  • nabise abandi batware iyo ntumva

  • Abo Bafyikiriza Ibidashoboka N,abacangero Ngo Ntiyitoza Iyi Ngingo Ya 96 Ivurwa <<atorwa N,abanyagihugu Akisubiriza Rimwe Gusa>> None Abasoma Mfasha Namwe Turabe Ko Aba Batahengamye Ahubwo Iyo Bavuga Ivyo Bifuza Ntibavyandike Aha Ngo Tuvyisomere.

  • Ariko nabo banyamategeko bararaba neza none kobasigura ingingo ntibazisigure neza no iyo ngingo yamirongo 96 kwivuga ko umunyagihu yitorera kabiri atawe atumye none kabiri harako turamutora? Nibaturekere uburenganzira bwacu nawe babumurekere kuko aremererwa kwitoza abatamushaka bamwankore mumatora kuko iyo ngingo irabivuga neza umunyaguhugu amutora kabiri atawe atumye

  • Shimwa mana. Abo nabagabo kandi uko babivuze niko biri nta bubeshi bakoresheje kbs. Reka rero turabe yuko peter nkurunziza abagaya!! Jewe ndabashimiye cane gose kumpanuro mutanze kumukuru wigihugu cuburundi petero nkurunziza imana ibongere umugisha.

  • Nacuke Arekere Ababifitiye Uburenganzira Batware Kuko Ntashobora Kwigira Imanayokwisi Nacanecane Muguhonyangamategeko Abaperezidabose Bigize Ibihangange Muguhonyangamategeko Bavuye Kubutegetsi Nabi Kandi Napetero Nkurunziza Agiye Kuvaho Nabi >>

  • none abo bahinga niho bakibibona kandi amator tuyarembej, ejo naho bazovuga ibindi, kuki imbere ya coup d’ETAT ata nakimwe bari bwavuge iyo mikenyuro yabo twarayihinyuye

  • WEWE MUMUTWE NGO ADATWAYE NTIYO BAHO NARINDIRE AZOKWICUZA MBEGA YITITSE LES EX_FAB KUBAPFUNGA NARINDIRE TUMWIRE IMITWE CANKE AZOBONA KUGENDA ADASEZEYE ABIWE MAGABO NA BADO TU

  • Abo Bahinga Bavuga Ukuri Nk’ukurima.N’uko Babwira Abatumva bitwaza ngo barikukiye.ngaca nibaza nti:mbega igihugu cikukiye,abagitwara bararekuriwe guhonyanga amategeko.?mbe hoho ko mbona amakungu aguma ahanura ari yo atuvura,atwigisha,ahemba abakozi ba leta,burya iyo leta ivuga ko yikukiye irashoboye kubikora?

  • Ni mugerageze mubimwumvishe,kuko abene burundi bariko barashira.Mbe Peter we ubibona gute abantu bapfa kubwawe?Iyumvire umushoferi wimodoka ahetse abantu100 ahuye nabandi bantu5 atagonze abo 5 bamwe 100barapfa ariwewe ubona woheba abahe ugakiza abahe?

  • None ga yemwe nkurunziza ntiyoreka kutwicira igihugu mukwumvira amakungo basi ko twebwe yatugaye!

  • narekure Abe sebarundi

  • abo bahinga EAC ntaburenganzira bafise bwo kutuvugira twebwe abene gihugu biburundi kuko abarundi twariciye ubwege ubu amategeko twarayamemye nimureke kwaka umunyagihugu uburenganzira bwiwe ingingo 96 yerekana neza ko umunyagihugu amaze gutora nyakubahwa pita rimwe ndabatumiye baze mugihugu hose babaze umunyagihugu incuro amaze kumutora ni 1 gusa pita nawe arafise uburenganzira bwo kwitoza ahabwa nbwinzwashingiro ndababaze igituma ikiringo cinyuma yinfata kibanza citwa ikiringo kidasazwe kandi umukuru wigihugu ntiyashobora gukura inama shingamateka urumva ko atarakwiye nimureke rero kudusubiza inyuma tuzomwankira mukazu kamatora urubanza ruzocibwa na bene gihugu nimba yakoze nabi tumukure nimba.yakoze neza twumwongere mbe ko mugaya sentare yubahiriza ibwirizwa shingiro mbega uburundi ntibugendera kumategeko nkibibindi bihugu ico sentare ivuze nintabanduka mwebwe umenga ntimuzi amategeko ijambo ryanyuma niryabanyagihugu

  • Mbe hariho cour constitutionnelle ya EAC ? Haha, ivyo muri Africa biratwengeje! Iyo rapport abakuru b’ibihugu vya EAC barayizi kandi banse kuyikorerako bayibona. Umushikiranganji w’imigenderanire wa Tanzanie bamubajije muri Afrika yepfo kuri ico kibazo yishuye ati« abakuru b’ibihugu vya EAC ntibashatse kuvuguruza ingingo ya Court constotutionnelle y’i Burundi ». Uwumva yumve rero.

  • nkurunziza ni intumva naho amategeko yobaye abimwemerera yobiheba nimba ukunda uburundi nabarundi!!

  • Ibyo mubivanahe?uziko abanyarwanda mwataye umutwe!!icyo kibazo nticumvikanyweho.kandi sibo bafata umwanzuro abanyamategeko ba EAC ntibaruta abuburundi

  • ukunzwe nabene gihugu aba akunzwe n’imana. bavuga bareka imana izoca urubanza

  • hahahhha teshwa ute Peter Nkurumbi,mbe ubu ntubona ko inyakamwe???ntanumwe agushigikiye wangu bivemwo amazi atara renga inkombe..kandi aho worya kwiterera vya bivoka vyawe isi yose yogushigikira,,,mbe yambwa yamacakubire ngo ni VUGANEZA irihe insigurireko abo bahinga ari abatutsi hahhahhaha ndabasetsepeee

  • twebwe dufite abahinga bacu barakoze turashima .abo nabo nibarindire iwabo nibishika bazobikora iwabo

  • Turabashimiye cane mwebwe mwanonosoye amategeko kungingo mwafashe yukugondoza peter Nkurunziza y uguhagarika guhonyanga ibwirizwa nshingiro n amasezerano ya Arusha kandi Akataretse kaba gasema. nahanurwe ubundiho buca avyibonera kandi si kera.

  • twebwe dufite abahinga bacu barakoze turashima .abo nabo nibarindire iwabo nibishika bazobikora iwabo

  • ngirango vyovyo nkurunziza azovyumva asokore nonubu abonabo nabobatavuga rumwe ?

  • Turemeza ko murabhinga,arko mukgira aho muhngamiy.uburundi n’igihugu cikukye.ivyo ntimubgira ngo nuko muknda abarundi.mbega aho mubhugu iwanyu uruhagarara rubera mumakomine angah agiz igihugu?mwibza ko abarundi nabrundikazi ari barya bari mwibrabara?mbega africa tuzk8kukira ryari?ni mube abagbo bukri.hanyuma ivyabrundi mubrekre abarndi.wanka kuzimya inzu yumubanyi bwaca hagasha rwanyu.kadafi ko yishw azira akarnganyo mwakziki ko muri abahnga?kahse kigihugu cacu kat8gsha vynshi.

  • Abanyafrica barasetsa koko.harya ninde uhyira undi mu kazi kandi ni nde uhemba undi?

  • Bavuze ukuri nkukurima,erega atari bampema yuzuye bitwa ngo bagize sentare yubahiriza ibwirizwa nshingiro, be nabandi bagomba gutora udukorotse kumeza ya Nkurunziza ,ntawundi muntu avuga ko yize amategeko yokwemeza ko Nkurunziza yosubira kwitoza,iyab’uwundi yokwumvise kuko duca munzira mbi duca muri nziza amenyeko tuzomwemerera kudutwara kunguvu yicare ivyo abizi

  • Turabashimiye cane mwebwe mwanonosoye amategeko kungingo mwafashe yukugondoza peter Nkurunziza y uguhagarika guhonyanga ibwirizwa nshingiro n amasezerano ya Arusha kandi Akataretse kaba gasema. nahanurwe ubundiho buca avyibonera kandi si kera.

  • ego nivyiz muga ntibibe mu majambo gusa.nibabe bafata ingingo.apana ivy,amajambo.

  • Basha iyonama turayishimyepe!hubwonibamwumvishe nezako bidakunda. PiTaPiTa nukumubwira kwigihugu atari canyina.kk niwe ahauwashatse.

  • Arabizi Apfa Kuvyirengagiza.Mugabo Murindire Igihugu Agite Mu Kaga Amakungu Arorera.Birababaje Cane Abantu Bashaka Kuvyaza Akajagari.Narukarishe Ruzomumwa.D’après Lui.Ntakiba Ku Burundi Kitabuwe.Wait And We Will See.

  • Arabizi Apfa Kuvyirengagiza.Mugabo Murindire Igihugu Agite Mu Kaga Amakungu Arorera.Birababaje Cane Abantu Bashaka Kuvyaza Akajagari.Narukarishe Ruzomumwa.D’après Lui.Ntakiba Ku Burundi Kitabuwe.Wait And We Will See.

  • none kotuzineza kwigihugucacu cikukiye kikagiranabahinga muvyamategeko,kuki barabibitabareba abarundinitwe dukwiyekwicemuriribibazo kandi twibukeko uwusenyurwiwe bamutizumuhoro.

  • imyaka cumi irakwiye utafise ibibuga ’amagodiyo genda utere agapira muzehe,twagukunda ariko abazungu barakwanse ntakundi!!!

  • N’ukuri abo ni abahinga kandi c’abasomyi kandi bazi gusesangura. ni bamugondoze kandi bamusigurire ko abo bamuhenda batazowotana. naduhe amahoro twarushe.

  • zimbabwe iherutse guturira amahera yakoreshwa kuko ibintu vyayangaye none natwe niho biriko biregereza. zirisha mukike zirariye mpanda

  • none ivyo bifashiki uburundi mubihe bigoye rurimwo kumenya ibisabwa mukuja iburayi nikimwe gushikayo nikindi kumenya ibisabwa mukuja mwijuru umuntu yokimenya kujayo bikamunanira kumenya uburyo wocamwo(piter)kugira ushike kugihugu nikimwe kugishikira nikindi kumenya ivyokogwa kugira uburundi buve mubibazo nikimwe kuzobivamwo nikindi

  • Mbega abo ntiboba ar’abanyarwanda ?rekana nabo mbega twebwe ntabenge dufise? Nibagume hamwe nyambarivyo bariye barasubiza ,ivyabo turabizi kuko n’abo mwarwaruvyaro.

  • KOMERA BATAMA NIHAKORF AMATEGEKO ABACU BAREKE GUHONA

  • Murabagabo Pe!N’ukuri Nareke Gutera Akajagari Peter!

  • GOMBA MUKINDISHE IMITWE,CANKE CANKE MUJE KUBAZA ABAHINGA BIKUZIMU NAHO ARIBO MWAHEREYEKO KUBAZA.NTAROTA AHEBA KWITOZA KANDI AZOBATSINDA KUMAJWI ASUMBA NAYANDI MOTORA YOSE YABAYE

  • nagomba gushimira Eac yashize ahabona ico amategeko avuga adahengamye

  • Thx a lot you the Experts in terms of The laws from East Africa you made things clear ! Peter is not eligible for running a third term Peter like it or not you would lead our Burundi eor another term the only thing I may tell its better for to step down before you gonna be thrown away like laurent gbagbo urakumbura ukinjure tutaragufatishamaboko wewe nizombonerakurezawesha!

  • NAREKE TURONKE AMAHORO

  • jew sindasoma ibwirizwa nshngro,ariko rero senegale vyarabay president bamwankira mumatora,ntayindi nzira mbona no muburundi ibindi vyose nubusa ataruko intambara yamose,mbega nkahmwe yosokora ntibabonako igihugu coba kivugurujwe kandi carikukiye?ahubwo nibarungke abahinga ntazokwibwe,hama bayitabe bose,shetani yasavye uburundi nabarundi senga cane basenzi

  • jew sindasoma ibwirizwa nshngro,ariko rero senegale vyarabay president bamwankira mumatora,ntayindi nzira mbona no muburundi ibindi vyose nubusa ataruko intambara yamose,mbega nkahmwe yosokora ntibabonako igihugu coba kivugurujwe kandi carikukiye?ahubwo nibarungke abahinga ntazokwibwe,hama bayitabe bose,shetani yasavye uburundi nabarundi senga cane basenzi

  • nibaze bumva.abo ba d d ntibasubire gusoma amategeko bayacuritse.none ababahinga nabo barikumwe nabo muri opposition.

  • nibaze bumva.abo ba d d ntibasubire gusoma amategeko bayacuritse.none ababahinga nabo barikumwe nabo muri opposition.

  • imana ishimwe ibyo nibyo twashaka kandi nkiyo aba afise ubwenge yari kumvira kare ibintu bitarononekara kandi twebwe abarundi twese ko yokurikiranwa nurukiko mpuza mahanga akabazwa ibyononekaye.

  • Nakumbur Yemer Ivyo Bamuhanuy Kko Ntawusomera Induru Zivuga Knd Wanka Bangw Ntiwanka Zana Ndab.

  • IVYO NTAZOVYEMERA. UBUTEGETSI BURARYOSHE IVYO.MUBURUNDI.BIRAGOYE

  • naho babishiz ahabona mubona bizohindur iki? n urubanza gwa reta yuburundi nabaporona gwarasomwe mugabo ntituz iyo vyahereye!

  • turasavye mureke gusubira muri ivyo bintu kuko sentare ibifitiy ububasha ico kibaz yarakirangije .mureke gusamaza abarundi n’amakungu.nta ntererano yo gusigira ibwirizwa nshingiro uburundi bwasavye .dusavye gusa hakorwe ibushakashatsi ku bihuha biri mu buru ndi.

  • Utubazo nciye nibaza mpejeje gusoma ibiri muri ico cegeranyo ni utu # Mbe ko ico cegeranyo cabo bahinga mu vya mategeko bo muri EAC kije kinyuranye n’ingingo yafashwe na Sentare y’Uburundi ijejwe ibijanye n’ibwirizwa nshingiro abarundi canke amakungu bofata iki ? Hagati yico cegeranyo n’iyo ngingo ya Sentare ni ikihe kiri hejuru y’ikindi ? Mwoduha umuco. Murakoze

  • ico mbona yokinjura akagena uwomusubirira guko cndd fdd yacu itegerezwa gutsinda.hama amatora akagenda neza mbre nitariki ntizigirwe inyuma kandi.

  • mbe abarundi.mwabaye mute?niho usanga nibibazo vyanyu bidakemuka!mwama muteze urukiza hanze!mbe kwatakindi gihugu ndumva caje gusaba urukiza uburundi!icare hamwe mutore umuti w’ibibazo.nayo kwibazako amakungu azobakiza mwibagire!murisuzuguza birengeje!amakungu,amakungu!ubwo nubukunzi bwinda mwari mwaramenyereye frais de mission za Arusha!nyerere,mandela barahwereyye!mbabazwa nabajeunes bahendwa nabironderera inyungu zabo ngo bagiye manifestation!none uwahasize ubuzima ubu arihe?umuryango wiwe waharonse iki,uretseko wabuze umwana!isubireko politik siyatwese.

  • mureke azokumvirayo.rindira gatoya.yibaza kwatabwenge tuzi?kuki ahanurwa akica amatwi?amenye koyumvirijwe kugira ave mwishamba.natwe natwumvirize.nahanugwe yumve.azokumva ataho akija!

  • KUBERIKI HARIMWO AKAJAMBO(NAHO ATATOWE N’ABANYAGIHUGU BOSE)? MBEGA MWIJAMBO RITAGIRA AMAKENGA CANKE RISIGURITSE AKO KAJAMBO KARABAMWO? MBAJIJE ABOBAHINGA MUVYAMATEGEKO.

  • Ntabahiga muvyamategeko tugifuse uwariwewese akwegeraho ahigikiye ubugingabize nibwaba arubwo ntaco badufashije

  • jewe mbanje gukeza abo bahinga kuko ingene basiguye izo ngingo 2 biratomoye. leta y,uburundi nigire ico nayo ibivuzeko rero,niyaba ivyemera batore uwundi mukandida,turabe ko twova muri kano kajagari abicwa bazira iyi manda nibeshi.

  • NA U.A. YATANGAJE IBISA N’IVYO.NONE GA CNDD-FDD,UBONA KAZOZA K’IKIMAZI CAWE NKURUNZIZA KARI HEHE KO AMAKUNGU YOSE AMWIYAMIRIZA?UBWO NTIWOKWIKUBITA AGASHI UGATANGA UWUNDI MU CANDIDAT? EMWE URAZI KWIKENGEREZA PE!UBU CNDD-FDD NTA WUNDI IFISE YOJA KU RUBUGA AGAHANGANA NA RWASA,DOMITIEN...GUTYO TUVE MURI AKA KAJAGARI MWASHIZEMWO IGIHUGU?UKO MWANKA KUMVA KWOSE MUGUMIZE KU MUTIMA,NYIMBA HOHO MUKIWUFISE,KO UBURUNDI BURI MU BIHUGU 3 VYA NYUMA BIKENYE KW’ISI.

  • barahumba ugrango ahamuburundi ntabize amategeko bahari?ivyo nivyabo

  • ohooo!!akumwana karayoy ivu mwambonerakure mugezehe?turasavye eac itwugarir imbibe ntihagire imbonerakure isohoka.

  • barahumba ugrango ahamuburundi ntabize amategeko bahari?ivyo nivyabo

  • ohooo!!akumwana karayoy ivu mwambonerakure mugezehe?turasavye eac itwugarir imbibe ntihagire imbonerakure isohoka.

  • Nibatware batamena azitoza nibabe bamenya gusoma igingo kungingo kirazira gufatanya majambo ningingo ntizifatanye

  • NIBA YASOKOYE YA MANA ASENGA NIYO TUZOMUSHIMIRA BIGIYE KU RUBUGA RWA INTERNET KAND ABIMENYESHEJE ABARUNDI .ARIKO AZOSABE IMBABAZI ABARUNDI BOSE

  • NTAWOBIJAKO BAVUGAYABO

  • Nukuri ubutware bwubusuma ntawe bwereye kok biragaragara neza ko CDD fdd atamushingantahe arimwo yoshobora kwizeza cndd fdd gushikaku ntsinzi koko ibibintu R.P.A yarabivuga bakavugako atavyemezo bafise non turavyiboneye ariko ndizera neza ko IMANA yomwijuru itazokwemera kodusubira gutwarwa na cndd fdd kuko iyurya abana barira ivyurya biraguhagama.

  • emma

    murahumba basha umukuru wigihugu wacu ategerezwa kwitoza vyanka vyakunda ntaguhindura amategeko nayo mwize natwe twarayize eac nyamba mwahawe igiturire nabobasi badakunda uburundi bwabo kandi bwarabibarutse. eac uramenya twarikukiye

  • Niyunve erega ntamashure abasunvya ataruko atunva

  • MANA KARABAYE.IVYOMBONYE.NIVYO? NANON BARIBATEVY.BARIBARINDIRIYIK?

  • Imana ishimwe kuko irishuye amasengesho ya benshi.

  • Ukuri Ntikuvurwa N’uwukuze Kuvurwa N’uwukuzi!Kwari Ivyo Rero Sinumva Igituma Tubivuzamwo Induru Nasokore Nasokore Mumaguru Masha.Ubu Naho Ntiyakuriw Inkoni Kugishi Ga Yemwe!!

  • Petero Nkurunziza Nitoza Muburundi Manda Ya3 Ntamahoromuburundi Azoba Ahari Kandi Nitoza Kubwinguvu Bizomugora Kujahanze Kandi Hamwe Yokwitoza Ntacomwobamwarakoreye Abarundi Cotuma Haba Ingwano Uwupfa Agapfa Kukontanakimwe Mwobamufashije

  • Imana ishimwe kuko yishuye amasengesho ya benshi.

  • Ahubwo Nibareke Kwirirwa Baradutesha Umwanya Aho Ntiboba Bakoze.Amatora Yakashe Abonabo Bashaka Ko Piérre Nkurunziza Adatorwa Ntaco Tubabonamwo.Oke

  • Niba Vyukuri Mukunda Abarundi Nukomwobwira Pet Nkurunziza Agaheba Manda Ya3 Kuko Abarundi Barabayeho Kandi Atarabaperezida Ugushakakwitozakwiwe Nukugarukana Amagorwa Mubarundi Yabamwarimubishoye Mwobikora Naho Kwirirwamuravuga Kumaradio Mworeka Abarundi Bagashira Mwogize Icomukora Se

  • ahontasoni ivyomuvuganibiki murabahinga bamategeko iwanyu nayiwacu ho dufise abahinga biwacu kandi muradusuzuguye pe ngomurabahinga bamategeko nkukumenga iwacu ntabodufise ndababwire ibahinga bamategeko muburundi baramurekuriye peter kwitoza bisunze amatege yigihugu murumva. abobatutsi babicaye mumitwe ngomutuzanire amategeko atacamarira uburundi basubize ivyobabahaye mubabwire ko ivyobabatumye vyananiranye ati Peter ikiringo ca3 arindakwitoza ashatse nikigira 4 azoyitoza kuko abanyagihugu tukimunda abatamukunda nabobaruhukire iwabo irwanda pumbaafuuuuuuuuuuuuu

  • ibiganiro ,amahoro,numutekano.

  • Nibabishir ahabona rero bongere babimwumvishe hama bagire ico bakoze

  • Vyiza Kweri Yari Gusokora Kko Twebwe Abarundi Turarushe!

  • Noneko,uwo Nkurunziza Petero,y’irengagiza,nogukandagir’amategeko,aho,arasenga,nkukwavyitirira.Nambarukobi,avugeko,atakiz’amategeko?Noneho,yotubwirako, Abashingamateka,n’abakenguzamateka,atarabanyagihu?Umunyagihungu,yobwiricorisigura?

  • Mbe ziggy ww bakuranguy angah cank ufis aga post bagushizeho ata mategeko akurikijwe reka sentiment sha igihugu kigerwa na mategeko aho rero numusuna ntab agihanwa kuko ayo mategeko ntaco akubwiy ew barundi nta mitina tugira oetero ntiyaru umw yiz gusa kuba oresidebt muri cndd fdd nihatari btakundi kananira abagabo ntu...... ndarivuz ndagiy

  • ABOBANTU BIYISE ABAHINGA BIBWIRIZWA NSHINGIRO RYIGIHUGU CU BURUNDI, IYOMBAMFISE UBUBASHA NACANDABARENGUKISHA IMBERE YUBUTUNGANE MPUZAMAKUNGU. MUVYUKURI NDIKONDABONA VYABAYE INGESO MUVYO KUDENDEKERANYA KUBIJANYE NIVYO MU bBURUNDI KUGEZAYAHO ABASHINZWE AMABANGA MUGIHUGU CACU ICOBACUZE UCAWUMVA UMUNTU WOMUKINDI GIHUGU YADUTSE AKAGIPINGA ATABWOBA.

    NDASHAKA KUBWIRA ABOBISHIZE MUKIBANZA CABAHINGAKO KIZIRA KIKAZIRIRIZWA GUFATA IBINTU BIBIRI UKAVYITA IKINTU KIMWE, AKARORERO: NIMBAMBA INGINGO ZI 7 NI 186 ZVUGAKO UMUKURU W’IGIHUGU ATORWA N’ABANYAGIHUGU RIMWE RISHOBORA KWISUBIRIZA RINDI RIMWE GUSA, SIVYIZA KUZA KURIFUTISHA NINGINGO YA 302 IVUGA IBIJANYE NIBIHE BIDASANZWE VYINYUMA YINTWARO YIMFATA KIBANZA. KUKO TURAVYEMERAKO NKURUNZIZA YATWAYE MUBIHE BIDASANZWE AGATORWA NABASHINGAMATEKA , ARIKO IVYORERO NTIBISHOBORA GUTESHAGATEKA INGINGO YA 7 NA 186 BIRATOMOYE KANDI BIRUMVIKANA KIRETSE ABARUNDI BOBENE KUBIDAMBIKANYA ARIBOBICAYE BAKABIKOSORA NAYO KWIGIRABAHANGA BOKWIMARAMAZA NKAKOKAGENE BITEYE ISONI NAKAGONGWE NKABANTU BIYITIRIYE AKARERE KACU KA AFRICA YUBUSERUKO (EAC) MURATUMARAMAJE KWI’ISI NZIMA.

    NDASHAKA KUBABWIRAKO IBWIRIZWANSHINGIRO RYACU TWEBWE ABARUNDI KOTURISOBANUKIWE NEZABITOSHEJE, UMWANONGERE NDABACIRE AGACE KUBIJANYE NAMASEZERANO YI ARUSHA UKWAVUGA : MURAYO MASEZERANO YI ARUSHA MWUMVA MUGACE KA 3 K’INGINGO YA 7 UMUKURU W’IGIHUGU ATOGWA N’ABANYAGIHUGU IKIRINGO KIMWE GISHOBORA KWISUBIRIZA IRINDIRIMWE GUSA.

    NDABASAVYE IKINTUCOSE MUKIGUMIZE MUMWANYA WACO, NIMBA HANDITSWENGO’ MUGIHEKIDASANZWE UWUGIYEKURONGORA IGIHUGU AZOTORWA NABASHINGAMATEKA TUVYEMERE KWARIKO BIMEZE ARIKO AHAVUZEKO UMUKURU WIGIHUGU ATORWA NABENE GIHUGU RIMWE AKABA YEMEREWE KWIYAMAMARIZA KUBUMUKURU WIGIHUGU UBUGIRA 2 YARAKOZENEZA BAKAMUTORA CANKE BAKAMWIHAKANIRA ABENEGIHUGU BONYENE UBWABO.

    MWABANTUMWE MWIGIZE ABAHINGA BIBINYOMA NTABWO ARUKUBUBAHUKA NIMWEBWE MWAVYITEYE, HARYA MUNGINGO YA 302 HARAHO MWIGEZE MUBONA HANDITSE HAVUGANGO: NUBWO UMUKURU WIGIHUGU INYUMA YIBIHE BIDASANZWE C’INTWARO MFATAKIBAZA ATORWA NABASHINGAMATEKA KO ABANYAGIHUGU BAZOBA BASIGAJE KUMUTORA RIMWEGUSA? NDAZIKWARI OYA, NIYABARERO ARI OYA KUBERIKI MUTERANYA IBINTU VYATANDUKANIJWE NABENEVYO? Twaje.

  • Kwizeraw ntitwishime kuk umeny kobameze nkinvura igwakurutare.kimwegusa jakumavi usengimana usengera abarund ntawundimuti.

  • Yemwe none abo nabo nabadashaka amatora nkuko leta ibivuga! Jw mbona Nkurunziza yizingira kumahwa! Ndetse uwo mureka ntzbona koyoba ari igisuma c’ikiringo!!! Mana uyu muntu avuga Ko yagusize imbere aratukishije izina ryawe, niwe uhana kandi niwe ugira imbabazi, wibuke imiryango yahunze kubera ico kiringo Nkurunziza na ya sentale yiwe aribo bacumva gusa! Je mbona abandi bose ngira batize hamwe nivyo bicocoro mu gucurika amategeko kunyungu zabo! Mana wumve gutaka kwacu kandi utwishure turakwizigiye! Amen.

  • None Nareke Kwitoza Turabe Ko Tworonka Amahoro

  • Madant=5quant(5 5=10)bamutore ahagaze canke acuritse nimwaka10 nabindi,abavugangonibamureke atsindigwe mumatora ndababaze,bega murabona umukinyiyinjira mukibuga adakwijije ivyangobwa?nawe naburenganzira afisebwokwinjiramukibuga adafise ivyangobwabikwiye=10 ans irakwiye.

  • UYU MUNTU YITWA ZIGGY ZIGGY TWOMUSABA GUTERA INTAMBWE AJE IMBERE MU VYIYUMVIRO VYIWE KUKO KUZANA AMOKO MURIBI BIHE, NI UKUTAMENYA NEZA. NAYO KUBA UMUTUTSI, UMUHUTU, CANKE UMUTWA BOSE N’ABANTU BAREMWE ARI ABANTU ATA MOKO BAFISE MUGIHE CO KUREMWA. BOSE BARAPFA, BOSE BAVA AMARASO, BOSE NTAWUVA AMATA, BOSE NTAWURI IMMORTEL!
    NUZE RERO DUFATANE MUNDA K’UMUGOZI UMWE TWUNGE UBUMWE DUTEZE IMBERE IGIHUGU CACU TWIBAGIRE IVYO BIDUTANYA ABAZUNGU BAZANYE.

  • Jewe nibarize abo bavuga ngo uburundi bwarikikiye nta mpanuro nimfashanyo vyo hanze bakeneye. None musumba uburusiya rero? Muti sentare yubahiriza ibwirizwa shingiro ivyo yavuze ni ntabanduka? Murambariza peter naba dd bakimwemera muti mbega aho mwaja mwishamba mu burundi nta bwirizwa shingiro na sentare vyariho? Agasozi kintahanurwa.....

  • Mukomeze Mwishinge Abanyapolitike Munanirwe Guhinga No Korora,gucuruza,kwiga .Mbabwize Ukuri Kwirirwa Mumuhanda Mwirukanka, Muvugavuga ,mutwika,mutera Amabuye,mudakora ikintu Habe Nakimwe Nukuri Ntacyo Bizabagezaho Uretse Ubukene Bukabije. Uburundi Ntabwo Muri Abarabu! Mbabaze Mufite Iyihe Mpamba Yibiryo Murya Mutakoze? Ubuse Muzamara Amezi3? Ko Mwakabaye Mwejeje Imyaka Yabatunga! Ntabwo Muzi SONGAMANE.Uwayibakoresha Iminsi3gusa Mwesemwese Uko Muri Mwirirwa Mumuhanda Mutera Amabuye Mudatinya Imbunda Mashinigani Mwahabuka Ntabwo mwakongera Narimwe Rizima. Barundi Mureke Abanye Politike Nahomwe Mwikorere Imirimo Yanyu Kuko Ejo Nibabayobora Ntanumwe Muribo Uzibuka Ko Uwawe yapfiriye Mumvururu Ntawe Uzibuka Abawe basigaye. Umusi Umwe Polisi N Igisilikali Babahagurukiye Ibyomvuze Muzabibona Mwumirwe .

  • Ayo maruru yose kubera dd ibateye ubwoba,mwihanagne nta kundi, peter ntasokora kubera eac,cour constitutionnelle yacu iramwemera.
    Mbega uyo yavuze ngo bugare imbibe ntihagire imbonerakure isohoka wibazako turi àquelle époque,nta numwe azohunga kandi ntaco muzozigira,mais qu’est ce que vous croyez,turabatsinda nta gisivya!!Iterabwoba heba mwa batuttsi mwe ,rondera ibindi!

  • Ntiwigire Imana Yokwisimuguhonyangamategeko Wanguha Uburumdinamakungu Barakubona Utwowigira Ntantambwe Nimwe Uzoduterana Tuzokoreshinguvu Dufise Vyanse Dusengimana Umuziro Nukowodutwara Tutagukeneye Neva Neva Neva.

  • muti abahinga mumategeko ntimuzi ivyo mukora muhiga gusa umukate nicayi uwobamesa kuko muracafuye uvuze ko ingingo yemerako atorwa nabanyagihugu bose incuro zibiri wewe ntiwumvako urwaye ingo ndakwereke ikarata yitora ya 2005na2010 Ucenyereka incuro maze gutora president ni rimwe gusa ritarenga mfise uburenganzira bwo kumutora ubwakabiri kandi ntumbuza mureke kwigira abahinga genda muhingure imikate ntavyanyu amategeko muyareke

  • Amahoro y’Imana abane namwe nagire ntange iciyumviro canje burya buriya isi nikintu kibi cane ishobora kukwereka intwaro ikakwereka amafaranga noneho ikakwigumiriza ikakwereko umengo uzama kuriyisi kandi mumenyeko igihe c’iyi si nigito cane bityo bigatuma urenga kumasezerano ya bagenzi bawe ukazisanga warahemutse atako uribubigire kandi ya si nyene ntaco izogufasha ahubwo izagukekeza !

  • ko MUZEE wacu bawanka cane?ndabona umengo inama ijejwe umutekano kw’isi izohava igafata ingingo yo kumukura ku nguvu.Iwacu burundi si kwa KADAFI.bace baduha inkoho ico twiyerekera OTTAN.Tuze tuyimese ga yemwe?NKURUNZIZA GUMAKO NIHO TURI.DUHE IVYUMA TUZE TWIMESURIRE ABAZUNGU WE!N’URWANDA TUZOJANIRANYA NA UGANDA.NTITUZOSIGAZA N’UWAKIRAZIRA.

  • Niyumvirayuko Mwege Babakoresha. Mbenone Sentare Kuba Ivyemeza Yarihenze?Ereganoneho Amazekubayumva Sentare Ibijejwe Ibimurekurira Ntashoboraguheba Kandabirekuriwe Mbemumuhigakwiki Nimwitwarire Iyosentare. Nubutuzomutora!!Mutama.

  • NUKURI NATWEBWE TUREMEZAKO NKURUNZIZA ATITOZA ,N,AHABANDI BATWARE.ARAZI INGENE ABANYESHURE TWOBEWE KUBERAWE"?

  • nibaz ko atari igipfa matwi ivyavuzwe kandi nubu biguma bivugwa yovyumvira.kuko inyanka kubwigwa yabwiwe nuko amaso atukuye.nasokore ntitumukeneye

  • Ha mw’azitoza azoba asutse uBurundi mumanga.ibihugu bishoboye GUFAsha. uBurundi nibimuvire hasi.

  • Mbega abo bahinga nabahinga bo mubiro vya EAC canke nababa muri EAC? Hanyuma niba ari abahinga koko bamategeko bashobora gufatanya gute ingingo zibiri zitandukanye 96 hamwe na 302 zivuga ibihushane kandi zivuguruzanya ibiriko biraba twabikwegewemwo nabacangero benabo nyene banditse ibwirizwa nshingiro bakarishira ingingo zivguruzanya bibwira nho zivuga bimwe yemwe abize amategeko nwe muriko murayiga mbwira kubera iki izongingo zibiri batazigize ingingo imwe ifise uduce turimwo uvyovyose bagaca bayirangiza bashizeho agace gatomora neza ko ari ingingo imwe?abo bose si abahinga ahubwo ni abacangerobega basumva ubunararibonye bwamategeko pr juj joseph warioba?

  • Ivyo nukuri, ingorane mbona nuko atawokwiteza utunyoni kk ukuri kurazwi

  • Ivyo nukuri, ingorane mbona nuko atawokwiteza utunyoni kk ukuri kurazwi

  • Turabashimiye Kukuntu Mutugezaho Amakuru Yinkoramutima.Tunabasavye Ko Muturungikira Ayavuye Munama Yomuri Afrique Du Sud.

  • JEWE MBONAKO YOKWITOZA KUKO ABANYAGIHUGU NIBOBACA URUBANZA BAMWIYAMIRIZE BABICISHIJE MUKAZU KAMATORA

  • Kumwe mwavuga ngo hari abahinyanyuzi b’imvugo (KAZOVIYO) niko mutanguy kwivugisha ngo abahinga b’amategeko? Ninde yababwiy ko ingingo ya 96 na 302 ziri complémentaires? Mur’abasazi! Ubuho ntimugire ngo ni mumyaka yahera aho abahutu twakumirwa mubisata bimwebimwe vya kaminuza! Emwe twaraciy akenge ahubwo gume hamwe ivyanyu vyaragaragay n’ukubashira murukiko! Emwe mwabwoko bw’inkozi zikibi mwe!

  • ahubwo nibategure amatora ningoga kuk abarundi bararushe cne

  • none turumvako ataburenganzira afise mugiye gufata ingamba izihe ku burundi?

  • Nzikurasa yarashwe mujisho rer aho bazohera kuri wowe reka bazomugira nka kadafi!natembe natembe!

  • Gusohora iyongingo nivyiza nibace bayishira mungiro kugira uburundi buve mukaga.uretse ingingo ziyo sentare no mumugambwe cndd-fdd ntawemerewe kwitoza 3. bamutanze kuba umu candidat kubera ijunja afise.

  • Ibi birasobanutse!Umukuru wigihugu igihe arekuriwe gutwara kibarwa mu biringo. Uburyo bwemewe nibwirizwa shingiro bwo kuronka ikiringo ni ugutorwa nabanyagihugu,uburyo bwo kuronka ikiringo ca mbere nyuma yintwaro mfata kibanza ni ugutorwa nabashingamateka n abakenguzamateka.ibiringo bibiri Nkurunziza yatwaye byemewe nibwirizwa shingiro.ntakiringo cimpfabusa kirimo.ngaho nahaguruke yemangeko ikiringo cambere yatorewe cari kinyuranye nibwirizwa shingiro?ubwo yoba yaratwaye ikiringo yatoraguye?uru rubanza nurucabana Peter reka kuzana impaka nkizabana ahubwo uhindure ibwirizwashingiro aho kuri kikorera interpretation itariyo ngo kumva nabi ube aribyo ugira ukuri!uri kurondera ikiringo ca gatatu utarekurirwa nibwirizwashingiro ririho uyu munsi.

  • Erega Ni Intumva!!None Ntiyoreka Kwitoza?Ahubwo Barafasha Abarundi Kumukuraho Aveho Asubire Kurya Ibijumbu Mwishamba Canke Bamujane <Irahe>please Turasavye Abari Mubindi Bihugu Badufashe Kumukuraho!!Kandi Iconzi Ntamatora Azoba!!!

  • Fiddle n’abandi . Mbega ntimwotera akokamo n’uryamuyobozi wanyu? Ariko mutavuye ki Burundi muzohakura imbwa yiruka. Reka kwivanga mubitabaraba. Ubirundi so DRC.

  • Nuko nuko! ikiringo nuburyo umuntu atorwa ,nibintu bibiri bitandukanye! Hamwe ikiringo coba arici myaka cumi,arasigaje rimwe,ariko ari myaka itanu,yarakwije,niyisoze!

  • UBURUNDI BURIMWO ABASHINGANTAHE IZO NGINGO ZA 96,302 NIZIKURIKIZWE KUKO IYABA ZAMWEMERERA KWITOZA NTIYARI KUGOMBA GUHINYANYURA IBWIRIZWA NSHINGIRO HAMWE BONAVANTURE AMWIGARAMYE.

  • Uku ni ukwitoza utunyoni kuko nabo nyene barabona ko kidahuye n’amategeko!Batinya ko ibibi bakoze vyobakurikirana!

  • Uku ni ukwitoza utunyoni kuko nabo nyene barabona ko kidahuye n’amategeko!Batinya ko ibibi bakoze vyobakurikirana!

  • Uku ni ukwitoza utunyoni kuko nabo nyene barabona ko kidahuye n’amategeko!Batinya ko ibibi bakoze vyobakurikirana!

  • Gomba murek kwimena umutw nkurunziza ntayobew kwariko arenga amategko,gusa agomb kurondera ingen abarikinga CPI.Erga amaraso yakoz araybuka agahinda umushitsi.

  • Gomba murek kwimena umutw nkurunziza ntayobew kwariko arenga amategko,gusa agomb kurondera ingen abarikinga CPI.Erga amaraso yakoz araybuka agahinda umushitsi.

  • EMWE....!!! BENGA N’IKIRUNDI MWAVUKIYEMWO NTACO MUTAHORA! IMBERE YO KWISHURA NI MUBANZE MUTAHORE IBIRIKO BIRAVUGWA. UBWAMBERE BATUBWIRA IMYAKA 5 YI SUBIRIZA ATOWE NABANYAGIHUGU BOSE,NUKUVUGA KO NTABAKENGUZA MATEKA CANKE ABASHINGA MATEKA BATUMA.UBWAKABIRI IKIRINGO KINDASANZWE BATUMA ABASERUKIRA (ABAKENGUZA MATEKA N’ABASHINGA MATEKA) NONE GAMWABARUNDI WE MUTASHAKA GUHARARIRA NATIONALITE YANYU MUKENEYEKO TUMERA LIBIE,IRAK NAHANDINANDI NIMWUMVAKO ARI DEUX ARTICLES SONT BIEN PARALLELES ZITAZOKWIGERA ZINASA CANKE ZIHURE. AHUBWO MURATUBWIRE HAKIRIKARE $ ABANYAHANGA BABAHAYE KUGIRE NGO BAYASUBIZE KUKO MWABANTUMWE MURIK’URUSHI MWARAMAZE KUYONONA MUYAKORESHEJE MURI YAMIGUMUKO MWARI MWATEGDTSWE NA BASUMIRINDA BAGURISHIJE IGIHUGU KIKAGARURWA N’IMANA GUSA ARIKO GUSHIK’UBU NTIMUBONA KATABUBASHA MUFISE NGENDA MWIHANE KUGIRA MUHARIRWE ATARAHO NAHO MURARIMBUKA NTAGISIVYA!

  • None Ko Yabandanije Umugambi Wokwitozamwebwe Kabuhinga Mwodufashiki Bandanya Musabe Abakurubibihugu Bamugondoze Nayahandi Ho Harababa

  • Teshw’ute Helodi,constitution y’uburundi yafashwe kunguvu,vice presida wayo arayanyaga.shira mungiro rero ivyo mwashitseko mubirungike no muri UA.

  • UBU UYE PETER NIMUMURORERE GATOYI AJE MUMATORA YAWENYENE ATA PAYS NIMWE MUZIFASHA UBURUNDI IMUSHIGIKIYE NA USA NA ONU BOSE EKA NA EAC BOSE NA UE BARAMUTEYIVYATSI HAMA MUZORABE UKUGENE AZOVA KUBVEGETSI AKUBISWE IMIGERE YO MUMATWI NO MUKANWA TUZ6UJANA MUGASHU KAMWE YAMARIRAMWO ABANDI AZOJAYO AHAYE ARARIRA NKA LAURENT GBAGBO! NGO NYAMWANKA KUMVA YABARIWE NUKWAMASO ATUKUYE!

  • peteronkurunziza,navekojewenyene,ndaramutoye

  • dufashe mwumvishe abarundi ko kurenga ama tegeko ari gutoteza abanyagihugu kuko nitwe tugwa mumporero. murakoze

  • IVYO ABOBASHINGANTAHEBAVUZENIVYOTWESETURAKENEYEKUBUTEGETSIBUHINDUKA.ICONOSABANUKO UMUKURUWIGIHUGUYOKINJURAKUGIRAMAHOROYONGERAGARUKE KUKOYAHEJEJE IBIRINGOVYIWE.BATINYAMABIBAKOZEKOYAJAHABONA?NICOGITUMABAGOMBAKWIGUMIZAKUBUTEGETSI BITEBEBITEBUKE UKURIKUZOZAHABONA.

  • Ni ugutandukanya abahinga b’amategeko (abavyize), n’abakora amategeko. Abakuru bo muri EAC, bafise ububasha bwo gukora amategeko, bavuze ko Prezida Nkurunziza ashobora kwitoza. Abasigaye bose, ni ugukora ubusa.

  • azotsinda,ariko azoce akura obeir yahombdje beshi

  • Mwabo Bahinga Muvuga Harimwo Uwitwa Bashirahishize Diodonné Twiganye Muri Kaminuza Yuburundi Umuhungu Wamacakubiri Asoma Amategeko Ayacuritse.Twes Twiz Amategeko Muga Ivyo Bavuga Sivyo.Nibamuveko Turamukunda Tuzomutora Kwiyi Mandat Yiwe Yanyuma Nyenicubahiro Petero Nkurunziza.

  • Nibazako Abobahiga Nibasumirinda Kuko Inzongigo Igenezivuga Nzirerekanako Nyenicubahiro Umukuru Wigihwungu Atangorane Afise Mukwitozakwiwe.Inzodazabo Ninzozinzotuma Bata Igihwugumumanga.Nicokimwe Nabamwebamwe Munbanyamigambwe Bifuzako Hoba Itwarofatakibaza.

  • ifundi yaritse kw’ibuy iti birame ntangare emwe barundi harya ndabwikombere ntamutima agira yagira umutima yumva impanuro z’abata ururimi badahengeshanya

  • Ingorane si président nkurunziza, ingorane nabategura amategeko bagenda bishiriramwo udutego twabo, twabagarukako bagaca bavuza induru, ntanumwe atabonako kuvyerekeye ibiringo vy’umukuru w’igihugu mwibwirizwa shingiro harimwo ibidatomoye, kubera rero bibazango nibo bazoba barikungoma bari bihinyanyuriye akantu, ehe none basanze ari uwundi none insiguro ataho zifatiye baratanguye kuzitanga, bagaca bitwango nabaprésida bakera ntawatwara imwaka 15 ngo nkeswe uwo muhutu w’ingozi. Ngira ubu bazomenya gutumbereza amategeko.

  • mandant ya mbere ntituyemera kuko inkoko, inka,ihene,ingurube n amavoka ,imikate, ibiti n ibindi bikoko nivyoo vyamutoye yarahiriye ku macuniro 2010 ,abantu yarahiriye mu kigobe, niyi turayemera ,utavyemera avuge ko yamubonye mu kigobe 2005

  • Murakoze Kurivyo Vyipfuzo Vyanyu Ariko Nagira Ndabibutse ko Uburundi Bwikukiye Bufise Ababuserukira Muri Vyose.Kand Turifitiye Sentare Ijejw Kwubahiriza I Bwirizwa Shingiro.

  • Murakoze Kurivyo Vyipfuzo Vyanyu Ariko Nagira Ndabibutse ko Uburundi Bwikukiye Bufise Ababuserukira Muri Vyose.Kand Turifitiye Sentare Ijejw Kwubahiriza I Bwirizwa Shingiro.

  • NKURUNZIZA YAMAZE YICA ABO YOCUNGERA UMUTEKANO KUKO ARI HAFI GUFATWA IGIHE GISIGAYE NIGITO NTAKUMUJANA ILAHE YAHEMUKIYE ABARUNDI NITWE TUZOMWIHANIRA NUKUJA MU MPIMBA APANA ILAHE KUKO ILAHE ABAMENJA BABURANA BAMBAYE COSTUMES BARYA INKOKO BABONANA N’ABAGORE BABO BAKAVYARANA NIKIMUPFUNGIRA MU MPIMBA AHO YABOREJE ABANDI ABAPFUNGIRA UBUSA

  • bavuganeza.nkuwurya.inyama_yinka

  • Ab DD hari ikintu kimwe batazi.Kuguma kubutegetsi siwo muti wokwikingira amabi bakoze kuko urutari bugusige gwokubanza

  • Birakomeye kandi biragoye! Uwomuhari, sinumva ingene woba udafise iyindi ncabwenge yosubirira uwomunyakubahwa, ubundi abarundi bakabungabunga amaraso mumaso y’amahanga ahanze amaso uburundi bwabarundi. Kuko nimutaraba neza, bazobatiza imihoro nk’uwutema urwe...

  • Muvyukuri kiretse koyoba aryoherwa iyo amaraso amenetse nkukoyama yaya sheshe nateshwe ate.kandi yibukeko uwicishije inkota nawde arinkota imugandagura.

  • ICONOHANURA ABARUNDI.: NIBA UMUTI W’AMAHORO AR’UKO PEREZIDA YOVA KURI MANDAT YA3 KANDI N’AMAKUNGU AKABA ARIVYO ASABA TURIZEYEKO ATAZOPFA Y’ISHWE N’INZARA KUKO UBU AFISE ABAKUNZI BENSHI, NUBWO ATARI ABARUNDI BOSE,. TWINDE INTAMBARA KUKO ISUMBA IZINDI NGWARA,( mugiga, malariya, sida, ndetse na ébola.) KUKO NUBWO WOBANDE UKITWAZA Ibinini, udufuko, indege, miyaya na clash, INTAMBARA NTITORANYA.

  • Kubwacu abashaka kumuhakana,bafise ubwobabwiki?nibarinde baje kumuhakanira mwisandugu yitora barekekwirigwa bahenda amukungu ngo abanyagihugu nibo batamukeneye.

  • Kubwacu abashaka kumuhakana,bafise ubwobabwiki?nibarinde baje kumuhakanira mwisandugu yitora barekekwirigwa bahenda amukungu ngo abanyagihugu nibo batamukeneye.

  • Mbona twokwirinda gutyozanya bamwe ngo harimwo uwo twiganye(mw’ishure habamwo uwambere n’uwanyuma.Habamwo uwubibosa babimubaza akabitora ariko atabitahura.Habamwo uwubitora anabitahura mais adashoboye kubisigurira abandi,Habamwo n’uwugerageza agaheza kuma tangente ariko yashika kuri terain agakor’ibikor inka,...),abandi ngo bahawe ibi na birya.Uw ariwe wese baterey amagara hejuru yosama rwiwe.Ndazi neza ntakekereza ko mwese mubona aho ukuri kuri.(N arekure mandat iri contre vrmt).

  • Barundi Barundikazi Nagomba Ndabasabe Mureke Guterana Amajambo!Uwica Nabandanye ,uwurenganya Abandanye Umucarubanza Wukuri Arihafi!Ntamuhutu ,ntamututsi Twese Dusa N’ Imana!Uwuzobiba Arwanko Azobibazwa!

  • Emwe mwa ba DD murambabaje. aho muremeye µPeter abicire umugambwe mubona, muzowifuza basha. Iyo ngendo yiwe niyo gusaémbura umugambwe ngo igihe azoba ari Mpinba ou àLa Haye azogende atembagaje uyo mugambwe. Isubireko mwa ba DD mubogore umugambwe wanyu ugeze ahatemba

  • ABO BAHINGA B’AMATEGEKO BO MURI EAC,MUCEGERANYO CABO,BAVUGA PETERO NKURUNZIZA ATAREKURIWE KWITOREZA IKIRINGO CA 3.MBAJIJE IKIBAZO:UMUKURU W’IGIHUGU N’ABO BIFASHANYA,IBWIRIZWA SHINGIRO CANKE AMASEZERANO YA ARUSHA,BAYASOMYE ACURITSE? SENTARE IJEJWE KWUBAHIRIZA IBWIRIZA SHINGIRO,UMUGAMBWE CNDD CDD,BIBUKE KO NA KADHAFI YARI IGIHANGANGE ,ARIKO NAMWE NIMBA MUTIBAGIYE,MURAZI UBU IYO ARI."IMIRAGUZI Y’IBISHUSHE NTIMENYAKO N’IBIHOZE BIRYOSHE" SANGIRA N’ABANDI,AHANDI HO ABARUNDI NTIBAZOBAKUNDIRA.

  • ikiboneka nuko bokubahiriza ivyanditse abatazi gusoma bagasubira kumashure .nkurunziza ntiyemerewe kwitoza kuko le 1ere mandat yatowe ninamanshigamateka yaserukiye abarundi bose kuko abari mubuhungiro ntibaribwahunguke ngobashobore gutora ijwikwijwi, ahobahungukiye baramwizeye kandi baramutora kuko barimumahoro rero nareke kwigira ikijuju kuko vyose biratomoye kandi ntabiganiro bikenewe soma neza ivyanditse mumasezerano no mwibwirizwa nshingiro ryigihugu ..none ivyo peter atashoboye guhindura mwibwirizwa nshingiro muri2012 nkuko yabigomba bikanka ubu abonako bishoboka ko akorera mumaboko irindi tegeko igihe caraheze..

  • none yoba yiyu mvyira iki? ubanyagihugu

  • Eka N’agahomerabunwa Ko Baciye Cmurasa Bompi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.