Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abakinyi 18 b’Intamba mu rugamba bazokina n’umurwi w’igihugu ca (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Abakinyi 18 b’Intamba mu rugamba bazokina n’umurwi w’igihugu ca (...)

Abakinyi 18 b’Intamba mu rugamba bazokina n’umurwi w’igihugu ca Kenya

lundi 14 Mukakaro 2014

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi ryashize ahabona urutonde rw’abakinyi 18 batowe kugira bazokwitabe urukino rwa kivandimwe rwasabwe n’igihugu ca Kenya. Urwo rukino bitegekanijwe ko ruzoba kuri uwu wa gatatu mu gisagara ca Nairobi.

Abo bakinyi batowe buriye indege kuri uwu wa mbere berekeza mu gihugu ca Kenya, aho bitegekanijwe ko bazotana mu mitwe n’umurwi nserukiragihugu wa Kenya "Harambe stars", kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 16 Mukakaro 2014.

Abakinyi cumi n’umunani batowe b’umurwi nserukiragihugu "Intamba mu rugamba" akaba ari :

1. Arakaza Mac Arthur

2. Mbonihankuye Innocent

3. Rugonumugabo Stephane

4. Hakizimana Issa

5. Kiza Fataki

6. Nshimirimana David

7. Harerimana Rashid-Léon

8. Ndikumana Yussuf

9. Nzigamasabo Steve

10. Tambwe Amissi

11. Duhindavyi Gael

12. Nahimana Shasiri

13. Hakizimana Pascal

14. Shabani Hussein

15. Nsabumukama Enock

16. Ndarusanze Claude

17. Nininahazwe Fabrice

18. Abdoul Fiston


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.