Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abakinyi batumweko mu rukino ruzohuza Uburundi n’Urwanda - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Abakinyi batumweko mu rukino ruzohuza Uburundi n’Urwanda

Abakinyi batumweko mu rukino ruzohuza Uburundi n’Urwanda

mardi 25 Ruhuhuma 2014

Umurwi Intamba mu rugamba witeguriye bikomeye urukino rwa kivandimwe ruzohuza ku genekerezo rya 5 Ntwarante umurwi w’Uburundi n’umurwi nserukiragihugu w’Urwanda "AMAVUBI". Abakinyi icenda bose bakina hanze y’Uburundi nibo batumweko n’umumenyereza w’Intamba mu Rugamba Rainer Wilfried.

JPEG - 77.4 ko
Abakinyi 22 bakina mu Burundi, hamwe n’icenda bakina hanze nibo bazotorwamwo abazokina mu rukino rwa kivandimwe ruzohuza Uburundi n’Urwanda

Kuri urwo rutonde rutabonetseko abakinyi batatu bigenjeje mu nkino zaheruka za CHAN aribo, abasatirizi Selemani Ndikumana na Christophe Nduwarugira asigaye akina muri Mozambike, hamwe n’umukinyi w’inyuma Nsabiyumva Frederick asigaye akina muri Afrika y’epfo, biboneka nk’uko boba basubirijwe abandi basatirizi babiri aribo Ntibazonkiza Saido akina muri Cracovia mu gihugu ca Pologne, hamwe na Amiss Cedric akina muri Rayon Sport mu gihugu c’Urwanda.

Ku rutonde rw’abakinyi bakina mu mirwi yo mu Burundi, hariko

Arakaza Marc Arthur (Flambeau de l’Est)
Biha Omar (Vital’O)
Rugumandiye Yvan (Athletico Olympic)
Rugonumugabo Stephane (LLB Academic)
Hakizimana Pascal (Flambeau de l’Est)
Hakizimana Issa (LLB Academic)
Kiza Fataki (LLB Academic)
Idi Jumaine IDON (Vital’O)
Girukwishaka Michel (Inter Stars)
Rashid Léon (LLB Academic)
Ndikumana Yussuf Lule (LLB Academic)
Nkurunziza D’Amour (Inter Stars)
Abdalah Massoud (Vital’O)
Barenga Pistis (Vital’O)
Duhayindavyi Gaël (LLB Academic)
Ndarusanze J. Claude (LLB Academic)
Abdoul Razak Fiston (LLB Academic)
Moussa Mossi (Vital’O)
NAhimana Shasir (Inter Stars)
Shabani Hussein (Flambeau de l’Est)
IDI Juma Ballack ( LLB Academic)
Ndayishimiye Déo (Inter Stars)

Ibihangange vy’abakinyi icenda bakina hanze y’Uburundi batumweko mu rukino ruzohuza Urwanda n’Uburundi, ku genekerezo rya 5 Ntwarante, ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore

Tambwe Amissi /Simba Tanzania

JPEG - 317.5 ko
Tambwe Amissi akina muri Tanzaniya

Kaze Gilbert /Simba Tanzania

JPEG - 63.6 ko
Kaze Gilbert batazira Demunga akina muri Tanzaniya

Didier Kavumbagu / Young Africans Tanzania

JPEG - 221.6 ko
Kavumbagu Didier akina muri Tanzaniya

Amiss Cedric / Rayon Sports Rwanda

JPEG - 53.6 ko
Amiss Cedric akina mu Rwanda

Papy Faty / Bidvest Afrika y’epfo

JPEG - 32.1 ko
Papy Faty akina muri Afrika y’epfo

Kwizera Pierrot / Afad Jekano Cote d’Ivoire

Nzigamasabo Steve / Enugu Rangers Nigeria

JPEG - 47.8 ko
Nzigamasabo Steve akina muri Nigeria (i buryo), ari kumwe na Ntibazonkiza Saido

Saido Ntibazonkiza / Cracovia Pologne

JPEG - 87.3 ko
Ntibazonkiza Saido akina muri Pologne

Valery Nahayo / Genk Belgique

JPEG - 210.4 ko
Nahayo Valerie akina mu Bubirigi

Egide Nduwimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.