Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abana barishwe n’inzara muri Somaliya - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Abana barishwe n’inzara muri Somaliya

Abana barishwe n’inzara muri Somaliya

jeudi 2 Rusama 2013

Abanyagihugu bagera ku bihumbi amajana abiri na mirongo itanu n’umunani(258. 000) bo mu gihugu ca Somaliya barishwe n’inzara mu kiringo co kuva mu kwezi kwa Gitugutu umwaka w’2010 gushika muri Ndamukiza umwaka w’2012, mu mapfa yamaze amezi atandatu.
Ivyo tubikura mu cegeranyo cakozwe n’ishirahamwe mpuzamakungu ONU. Muri abo bahitanywe n’inzara, abagera ku bihumbi ijana na mirongo itatu na batatu(133.000) ni abana bafise imyaka iri musi y’itanu. Vyemezwa kandi n’ishirahamwe FAO.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.