Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abantu 63 nibo bashoboye gutoroka bava mu vyara vya Boko Haram - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Abantu 63 nibo bashoboye gutoroka bava mu vyara vya Boko Haram

Abantu 63 nibo bashoboye gutoroka bava mu vyara vya Boko Haram

lundi 7 Mukakaro 2014

Abantu 63 bari bafashwe nk’imbohe n’abarwanyi Boko Haram mu Buraruko bushira Ubuseruko bw’igihugu ca Nigeria bashoboye kuva mu maboko y’izo nkozi z’ikibi nk’uko amakuru yabishikirije kuri uno w’ Imana.

Abigeme n’abakenyezi 63 muri 68 bari banyurujwe abo nibo bashoboye gutoroka bava mu vyara vya Boko Haram. Abo nabo bari banyurujwe mu kwezi kwa Ruheshi, mu bitero vyari vyakozwe n’umurwi wa Boko Haram , mu Buraruko bushira Ubuseruko bwa Nigeria.

Abo bashoboye gutoroka bakaba baronse inguvu zo kugenda mu gihe izo nkozi z’ikibi zari zagiye kugaba ibiitero. Iyo nkuru ikaba ndetse yemejwe n’abajejwe umutekano. Mwomenya ko hamaze iminsi imirwano hagati y’abarwanyi ba Boko Haram hamwe n’igisirikare ca Nigeria. Ahanyururijwe abo bagore n’abigeme 68, akaba ari naho hari hasanzwe haranyururijwe n’ababanyeshure babigeme barenga amajana abiri


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.