IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Abantu babiri bakomerekejwe na Gerenade yatewe mu gisagara hagati

Abantu babiri bakomerekejwe na Gerenade yatewe mu gisagara hagati

samedi 23 Ndamukiza 2016, par egide

Igerenade imwe niyo yatewe hagati mu gisagara ca Bujumbura, mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatanu, ku kirindiro c’imiduga yunguruza abantu ibavana mu gisagara ca Bujumbura ibajana muma zone ari mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura.

Icegera c’umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, Moise NKURUNZIZA amenyesha ko abantu babiri aribo bakomerekejwe n’iyo gerenade.

Imodoka imwe nayo yo mu bwoko bwa Bus yaroronekaye.


IGIHE

Messages

  • None abobononyi bacakure inzego z,umutekano bagashima kurasa imiduga Ititwaje ibirwanisho ngwibarase nabahe?Ahowosanga bibwira ngo ni politique bahaye bakora!!!!

  • Ahubwo,biratangaje!Leta Yuburundi Nigi Police Bavuga Ko Umutekano Namahoro Ariyose Non Abobama Batangaje Ngobaphuye Bicwa Niki?Kand Igipolisi Nico Gisubira Kikabatangaza.Bavuga Ko Amahoro Ariyose.Babitangaje Ntasoni Bagira?

  • Ahubwo,biratangaje!Leta Yuburundi Nigi Police Bavuga Ko Umutekano Namahoro Ariyose Non Abobama Batangaje Ngobaphuye Bicwa Niki?Kand Igipolisi Nico Gisubira Kikabatangaza.Bavuga Ko Amahoro Ariyose.Babitangaje Ntasoni Bagira?

  • NONE IMOTO KOZITARENGA IBIRARO ZITERWA NABAND?

  • Ivyo bavyita inpolitique!kuko ntivyumvikana ushobora kumbwira gute ngo urikugwana atantambara urakora nimiburiburi iminota itanu,iryo niterabwoba ubwo buhungu bubikora nuguhendwa ntaho buzoshika kiretse kwicuza amaraso yabenewabo,reka ivyo kuko muriko muruhira ubusa ntanayumbakumi muzoba kiretse ubuyaya

  • Ivyo bavyita inpolitique!kuko ntivyumvikana ushobora kumbwira gute ngo urikugwana atantambara urakora nimiburiburi iminota itanu,iryo niterabwoba ubwo buhungu bubikora nuguhendwa ntaho buzoshika kiretse kwicuza amaraso yabenewabo,reka ivyo kuko muriko muruhira ubusa ntanayumbakumi muzoba kiretse ubuyaya

  • None izo ntagondwa ko zivuga ngo zirwanya Nkurunziza zibona kwica abenegihugu ariyo democratie !! Zitinya amatora kubi wagira ngo abatutsi n’amatora ntibacana uwaka.

  • Mwiriwe Mwese Abarundi Nabarundikazi Hamwe Nincuti Zuburundi!Nagira Ngire Icomvuze Kuvyandikwa Kumbuga Ngurukana Bumenyi,abarundi Icambere Twikukiye Hataragera,icakabiri Habonetse Incungu Ya Democracie Ariko Yo Yanigiwe Mumeshi,inzego Zose Zigize Igihugu Ziraduca,hamwe Ngo Umutekano Niwose Ahandi Ngo Hakozwe Ibitero Bingana Uku,mbega Banyakubahwa Muvyihaye Mutwara Igihugu Ntimubona Ko Twebwe Turi Uburundi Bwejo,shaka Mutware Ntawuzotwara Imyaka Ijana Kandi Uhereye Kurinyina Bayazana Peter Nkurunziza Nabo Basangira Akajumbu Kabunzwe!Nabana Banyu Nabuzukuruza Ivyo Mukoreye Abarundi Bizobagarukako.Yinze Ubwiza Nkinyana Yintama None Aherutse Nkimpfizi Yintambwe,natwe Tukiri Kumwe Nawe Nivyanikize Ariko Inzara Itwicira Inyuma Yiwe.Niharambe Abarundi Nuburundi Nabipfuza Bose Gushira Ibintu Muburyo Turabashigikiye.Kandi Turabasengera Imana Ibaje Imbere Prime Niyongabo Nawe Yabo Koyumiye Kurukoba Nkinyondwe Abazi Politique Bumvise Ico Navuze.

  • Murabe i comwakora Burundi nubunyabibazo

  • Iyi ni strategie ya NKURUNZIZA. Insecurite nibigaragara ko ikabije, les allies vont debarquer et finir avec opposition

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.