Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abantu batari bake bagiye gusezera Hugo Chavez - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Abantu batari bake bagiye gusezera Hugo Chavez

Abantu batari bake bagiye gusezera Hugo Chavez

vendredi 8 Ntwarante 2013

Kuva mu gatondo ca kare kuri uno wa kane igenekerezo rya 8 Ntwarante 2013,abantu batari bake baje i Caracas ku murwa mukuru wa Venezuella gusezera umukuru w’igihugu Hugo Chavez.

Ikiziga ca Hugo Chavez kizomara indwi mu ngoro y’umukuru w’igihugu kugirango abantu bashobore guca ahari isandugu irimwo ikiziga ciwe ngo bamusezere.

Leta ya Venezuella yamenyesheje ko Hugo Chavez atashingurwa ahubwo bazomusiga imiti ituma ikiziga Cuma,hanyuma bagishire mu nzu ndangakaranga y’igisirikare c’ico gihugu.

Mu bakuru b’ibihugu bari bitavye ivyo birori vyo kumusezera harimwo umukuru w’igihugu ca Iran Mahmoud Ahmadinejad.

Bitegekanijwe ko icegera c’umukuru w’igihugu Nicolas Maduro arahira kugira abe umukuru w’igihugu w’infatakibanza.


Mugisha Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.