IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Abanyeshure ba lycee ya komine gitobo bari muri yegereyegere

Abanyeshure ba lycee ya komine gitobo bari muri yegereyegere

jeudi 7 Ntwarante 2013

Abo banyeshure b’ishure ryisumbuye rya gitobo mu ntara ya bururi bagize yegereyegere basaba ko umunyeshure mugenzi wabo yahora yiga mu gisata ca normale yirukanywe yogarukanwa.

Bamenyesha ko uwo munyeshure yari yirukanywe kw’ishure burundu azira ko yoba yikoreye bulletin y’ishure. Abo banyeshure baranse gukora ikibazo c’igice ca kabiri gushika umunyeshure mugenzi wabo agarukanywe kw’ishure.


Sylvere Bavumiragiye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.