IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Abanyeshure bahungiye imbere y’ubuserukizi bwa Amerika bari mu (...)

Abanyeshure bahungiye imbere y’ubuserukizi bwa Amerika bari mu kigandaro

mercredi 10 Ruheshi 2015

Abanyeshure bahungiye imbere y’Ubuserukizi bwa Reta zunzubumwe z’Amerika, bari mu kigandaro c’iminsi ine.

Nk’uko aya makuru twayahawe n’umwe mu batunganije ico kigandaro, yavuze ko ku va kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 9 Ruheshi uyu mwaka, batanguye ikigandaro, bakazokirangiza, ku wa 12 Ruheshi. Batangura igihe c’isaha zibiri, kugeza ku muhingamo, aho baba bambaye udutambara twerekana ko bari mu kigandaro. Abo banyeshure bakaba bavuga ko bagandariye bagenzi babo batatu, bamaze kwicwa barashwe n’amasasu y’abaporisi.

Photo (Reuters/Thomas Mukoya)

Ku bijanye n’ugusubira mu bigo vya kaminuza nk’uko bamaze gutumwako, abo banyeshure basaba ibintu bine ahanini, n’aho hari ivyo bategerezwa kuzoganira n’abayobozi babo:

- Kwerekana ishaka mu kugarukana umutekano w’abo banyeshure mu gihe naho bahamagawe hari uwaciye yicwa ku Musaga azwi kw’izina rya Theogene Niyondiko, akaba yaje yiyongera ku bandi babiri, bari bamaze kwicwa.
- Ghungura abahunze, aho hanze y’igihugu hoba hariyo abagera ku 800, abo bakaba bagiye bava imbere y’ubuserukizi bwa Reta zunzubumwe z’Amerika.
- Gupfungurura abapfunzwe, aho abagera kuri 80, boba aribo bafashwe, bamwe bafatiwe hagati mu gihugu, abandi mu gisagara ca Bujumbura.
- Kurekera umwidegevyo bamwe mu barongoye abandi, aho amakuru atangwa na bamwe mu banyeshure, babwiye ikinyamakuru IGIHE.bi, ko nka Rurasuma Simon Marie ataja ahabona ku mvo z’umutekano muke wiwe.


IGIHE

Messages

  • Aba banyeshuri ni imburamukoro.kuva nabaho niho mbona abantu b’abapfayongo.abantu bigira impunzi. Nibasange bene wabo mu Rda be gutesha abantu umutwe.

  • Aba banyeshure barahiriwe kuko bibereye muri Etats Unis d’ Amérique.
    Urabona ko baguma birira imikate, café na chocolat nk’ abazungu.

  • bagiye kwiga inkoho ahantu ntiriwe ndavuga wumva atari i bataillon ikwiye abajejwe umutekano bazobakira kumwe ko mu Cibitoke ndaremvye karibu kurugamba basha

  • Nimwigumire aho mpaka bemeye ivyousaba nahahandi bobanwamaraso ntimuikwaco bubaha izo zibatuka ninjiji zitaciye no muwambere mwebwe nimwe twitezeko abakuru bibihugu

  • Yo!!Arabohejenimbabtumyekwiginkho.Uwutazikwagahinjagapfa Azovyibonerako.I Nyoshambi Inganumurozi.

  • Aho bazohava ku neza canke ku nabi!

  • Uwakoze iyi nkuru yikebuke ashireko amashusho ajanye n’igihe ivyo bintu biriko biraba. Ayo mashusho yafashwe n’ikimenyeshamakuru Reuters abo bapware bakihashika none haheze iminsi irenga mirongo ine. Abiyumvira ko bogwanya abapware bakongatariye ineza y’igihugu k’ubuserukizi bw’Amerika ntantambwe bazotera. Abapware bose aho muri hose mugume mufatanye munda mwirinde ivyobatandukanya vyihetse kubwoko. Abafumbatishwa nibafumbatishwe ariko bibuke ko <<hakudisida wodeseda >>.

  • @ Mutabazi

    Ko mbona wigize umuvuguzi w’ IBURUNDI ubwo ntabwo uzakora ibidakorwa? Niba udashobora gutanga igisubizo cyangwa inama ngo Burundi ibone amahoro, impunzi zitahe, n’abo banyeshuli basubire nw’Ishuli wakwicecekeye, mukinyarwanda bati urashya warura iki?

  • OH shame on you,go back and fight,don’t sit there waiting a favor of americans in terms of scholarships,vijana kama nyie mnakalia kunywa uji wa marekani wakati wenzenu wakomitaani wanamwaga dam??? i lways wonder how burund youth are patriotic!!! huo ndio utegaji,jenga umoja ondoeni huyo mnafiki madarakani iwe kwa amani ama kwa usalama,niko tayali kutoa msaada.

  • @ Mutabazi, waretse ubugoryi man? Ko mu Rwanda twasobanukiwe wowe ko mbona wasigaye cg uvuye mwishyamba iyo za Congo? Sha ntamuryango utagira ikigoryi pe!

  • Bapoil Twese Aho Turi Dukongatare Ntamvura Idahita Bansumir Inda Nka Mutabazi Namwe Muragowe!

  • Bapoil Twese Aho Turi Dukongatare Ntamvura Idahita Bansumir Inda Nka Mutabazi Namwe Muragowe!

  • NIBAREKE ABO BANYESHURE BIGE NIB BAZOTWARA EJO

  • NIBAREKE ABO BANYESHURE BIGE KUKO NIB BAZOTWARA EJO

  • birababaje kubona Burundi bw’ejo bicirwa n’imibu imbere y’ubuserukizi bw’Amerika!Ncuti komera kumuheto mugire urunani gwintamenwa burya yishura ku gihe cayo.p6

  • MWe basha nimumanuke tuje kumashure,ko
    Bose uwubajije akubwira NGO nzoza
    numvushe bamaze imisi biga mwumva
    aribande bazotangura gutonda?ubunyene
    muremeye abari kuri ambassade baduhebeshe
    amashure,erega harigihuha kivuga ko bobo
    bandikirwa amahera ya buri musi naho
    ntovyemeza,nyabuna turakwiye kwiga ivyo
    bavuga NGO umutekano,kwatawe bica NGO
    nuko yinereye iwiwe canke arumunyeshure,uwo
    bafata nawe aba asanzwe ari umupromoteur
    was manifestation...nyabuna mwibuke ko turi
    abana bantarucari tugumye tudadaza
    bakayiprivatiza tuzoraba
    uwuzobahomvye.murakoze

  • kunywa uji upate kunnpa mwanangu na uutinge na sefulia uyilambe mpka usa ishiwe ikiishiwa ndo utatoka walai.

  • Birabaj k8twimpunz mughugu canyu?arko m8buke ivyo mugra,batoya banybabbona,nabo bazbigra gutyo ighe muzba armw mutgka ikighugu.hesha agateka ighugu canyu.

  • Aba poil bubu ntakintu!!!kuja gusega imbere yirembo ry’abazungu?murateye isoni. Taha iwanyu kuko murahafise canke naho subira mu ndaro!!! Mwuve imbere yabo bazungu baragaya

  • LETA NIBANZE ITANGAZE ICATUMYE IBARUNGAKA IBANJE KUBATEGEKA KO BASIGA BUGURUYE UBURARO EREGA KAMINUZA SI PRIMAIRE BARABONA KWIMBERE ATARIHEZA PE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.