Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abashingamateka bo muri Nigeria batoye itegeko ribuza ubugeni bw’abahuje (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Abashingamateka bo muri Nigeria batoye itegeko ribuza ubugeni bw’abahuje (...)

Abashingamateka bo muri Nigeria batoye itegeko ribuza ubugeni bw’abahuje ibitsina

vendredi 31 Rusama 2013

Abashingamateka bo mu gihugu ca Nigeria baraye batoye ku musi w’ejo kuwa kane itegeko ribuza ubugeni hagati y’abahuje ibitsina.

Iryo tegeko ryaraye ritowe rikaba ritegekanya ibihano bikomeye bishobora gushika ku munyororo w’imyaka cumi n’ine ku bogaragaza imigenderanire mpuzabitsina kandi babisangiye.

Iryo tegeko ryari ryabanje kutorwa n’abakenguzamateka rikaba ririndiriye kwemezwa n’umukuru w’igihugu ca Nigeria, Goodluck Jonathan.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.