Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Addis-Abeba: Sudani y’Epfo yanse gushira umukono ku masezerano (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Addis-Abeba: Sudani y’Epfo yanse gushira umukono ku masezerano (...)

Addis-Abeba: Sudani y’Epfo yanse gushira umukono ku masezerano y’amahoro

mardi 18 Myandagaro 2015

Umukuru w’igihugu ca Sudani y’Epfo Slva Kiir yanse gutera umukono ku masezerano y’amahoro,aca asaba iminsi icumi n’itanu yo kubanza gusoma ibiri muri ayo masezerano.

Inyuma y’ibiganiro vyabereye i Addis-Abeba ku murwa mukuru wa Ethiopiya,kuwa mbere igenekerezo rya 17 Myandagaro 2015,Riek Machar atavuga rumwe na Reta ya Sudani y’Epfo niwe yateye umukono ku masezerano y’amahoro,mu gihe umukuru w’igihugu Salva Kiir yasavye ko bamwongera iminsi 15.

Umukuru w’abahuza Seymoun Mesfin yavuzeko ababajwe no kubona amasezerano y’amahoro adateweko umukono na bose,kandi ko ayo masezerano adakwiye ata mukono wa Reta ya Sudani y’Epfo uriko.

Naho biri uko,amakungu yari yamenyesheje ko amasezerano atorenga kw’igenekerezo rya 17 Myandagaro 2015 ataraterwako umukono,kuko yashobora kubafatira ibihano.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.