IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Afirika y’epfo:Nelson Mandela yavuye mu bitaro

Afirika y’epfo:Nelson Mandela yavuye mu bitaro

jeudi 27 Kigarama 2012

Itangazo ryavuye mu biro vy’umukuru w’igihugu wa Afirika y’epfo kuri uyu wa gatatu italike 26 Kigarama 2012 rimenyesha ko Nelson Mandela yavuye mu bitaro.

Iryo tangazo riravuga ariko ko Mandela, ubu amaze imyaka 94 azobandanya gukurikiranirwa hagufi n’abaganga muhira mu gisagara ca Johannesburg.

Nelson Mandela niwe yabaye umukuru w’igihugu w’umwirabure wa mbere muri Afirika y’Epfo , akaba afatwa na benshi nk’umuvyeyi w’igihugu.

Amagara yiwe yagumye atera benshi umwitwarariko muri iyi myaka itari mike irangiye.

kw’ifoto:Nelson Mandela


Pierre Claver Niyonkuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.