IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Akaruhuko katanzwe kubagira imyiyerekano

Akaruhuko katanzwe kubagira imyiyerekano

samedi 6 Ruheshi 2015

Abariko baragira imyiyerekano yiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, bamenyesha ko batanze akaruhuko k’iminsi ibiri.

Ku va kuri uyu wa gatandatu, kugeza kuri uyu w’Imana, igenekerezo rya 7 Ruheshi, bagira imyiyerekano yaba mu gisagara ca Bujumbura canke mu gihugu cose, bari mu karuhuko k’iyo minsi ibiri. Nk’uko bivugwa na Pacifique Nininahazwe umwe mu bateguye iyo myiyerekano, asaba ko muri iyo minsi ibiri y’akaruhuko, abari mu myiyerekano ko batokwijajara ku bijanye n’umutekano wabo muri ico gihe c’akaruhuko.

Muri ico kiringo kandi, akavuga ko baguma bakira ivyiyumviro ku bijanye n’ivyohinduka muri iyo miyerekano.


Aristide Nizigire

Messages

  • NDABIPHURIJ AKARUHUKO KEZA IMANA IZABARINDE MURIYIMISI2

  • nimukomeze kwirarira mushize inguvu hamwe porisi ntisubire kuza iratwara umwumwe nk irindwi na kabiri kuko isoroso rirwirira iyo rigiye tuzobafasha kugwanya abo bayoboke ba nkurumbi peter

  • BAKOZE GUTANGA AKARUHUKO MUGABO NTIBAHEBE ADATANZE IMIHOHO NATWEBWE TURIKUMWE NAMWE MUKUMWIYAMIRIZA.

  • Genda musume ariko agatwengo kazobegura pe!

  • Pacifique, s’il te plaît. Reka kubandanya igere. Mbe uwokubaza où est ta famille? Canke wewe urihe? Koresha ubwenge wize ureke kuguma ukwegera urwaruka mw’ibarabara. Ubu ntitugikeneye amabwirizwa agayitse yawe. Erega iyo si révolution ni insurrection. Abari mu bitaro, abapfuye, abapfunzwe n’ubu bagihirwa, ubamariye iki? Je mbona ko Ivyo wipfuza vyanse, sur ce, hamwe twokwifatira nitwe twokwirira uri mubisi. Wewe ntabona ko vyakunaniye? Ubu ntidukora, urazi ko bamwe muri twebwe turya dukoze ku musi. None ushaka dukoriki? Aho woba uri muzima kweri?

  • Komera mutama kubijanye n, ukwiyamiriza ikiringo ca 3nuko hokwongegwa inguvu nyishi tugashika mugisagara hagati kugira tumwerekek twashavuye arekure hakirikare. Imana ituje imber akure meza

  • Komera mutama kubijanye n, ukwiyamiriza ikiringo ca 3nuko hokwongegwa inguvu nyishi tugashika mugisagara hagati kugira tumwerekek twashavuye arekure hakirikare. Imana ituje imber akure meza

  • Abanyagihugu murahendwa! Uwo pacifique yiraramiye mu cumba ciwe mugabo abarungika ngo muje mwibarabara. Emwe genda! Kumpanda ntiharuzura.

  • Emw Birateye Ubwoba,nubu Bakomej Iyomyiyerekano?Vyukuri Imana Yarikwiye Guca Yugara Burundu Kotugize Imana Bakaja Mukaruhuko, Abobagira Imyiyerekano Ntibaze Basubir Mwikanevu.Kuko Twarambiwe.

  • Ntituzova Mwibarabara Atomotse Bagumabagenda Kamwekamwe Hasigayew

  • Yahaz,urumogi Ntakimenya N.Inama Bagiye Ntawukivuga Rumwe N.Uwundi Abarundi Ejo Abumvirije Iradiyo Mbonimpa Yavuga Ko Bazosubira Guturira Mw.Ijenda No Mu Rukina Ku Wa Kabiri Nonehe Raba Umututsi Yagororotse Azi Guturiramapine Aravuguruje Umuhutu Mucamwumubona Ko Babagiz.Igikingirizo Namwe Umusi Urizina Bazobita Imbonerakure Canamwo Indimi Zibiri Kubasangiye Kwica N.Ibindi Tutazi Tugiye Kubibona Vuganeza Weho Umutekereye Iki Uyo Munyamukoshi Vitali Ko Babakecuru Bararonse Igituntu Basiga Kuri Yamenyo None Ngo Yacikanye Sakumi

  • None batanga akaruhuko kandi arintabo bakigaragambya!!! Abasigaye ni inkozi zikibi gusa. Naho uwo muteramwaku Pacifique kumubona abenshi barara batariye.

  • mbo ko igihugu cuzuye ingabo abapolice ibihumbi intwaro sinakubwira niba ibyo akora bitabajyoheye ko mutamufata ngo turabe

  • Pacifike ntugume uhenda abarundi burya waravye ubazubwenge uboniyo niyo nzira irashe yogumiza abana mumabarabara uturiye imodoka ubuzi ariyande? naho wotsinda urabona KO wotwara ni bintu vyabandi wangirije hoho imiryango yabuze kukubera Wewe wayifashije iki? hari umuryango numwe wiwawe wagiyemwo mubapfuye kuko kuvuga arikwibanza ahohantu bahitondeko agapfuye kabazwivu ntituriabanyepolitke ariko turafisubwenge imana yaduhay ufisamaso nubone ngejejaho turindire iherezo ntakidahera

  • Bishasha pasi ararira tazi uwapfuye uyumusi bafashe umufuko wurumogi numufuko wamahera bariko batahemba abigaragamvya munyakabiga nne baragowe vyagiyahabona

  • NDASHIMYE IYONGINGO MUKOMERE KWIBANGA.

  • Bene iki kinyamakuru murateye isoni mureka ibitutsi nk’ivyo mbona bikaja ahabona. Mwebwe nta censure mugira? Erega iciyumviro cuzuyemwo ibishegu si iciyumviro.Heba mwikebuke ahandi hoho ntaco muriko muramarira abantu. Murazi abana canke abantu bisoneye basoma ibi bintu??

  • REKAMBANZE NSHIMIRE ABARUNDI BEREKANYE UKWOBAKIRIYE UKWITOZA KWA NKURUNZIZA BAKORESHEJE KUVYEREKANIRA MUKUJA MUMYIYEREKANO HANYUMA BAKABIHAGARIKA KUKO MSG BARIBAMAZE KUYITANGA.
    2 NDANEGUYE ABAKOMEJE KWITABIRA AKAMO KOKUGUMA MWIBARABARA NABABAHIMIRIZA. NDABABWIRAKO JEWE NDUMWE MUBAVUGAKO ABARUNDI BAKWIYE KUJAMWIBARABARA MUKWEREKANA KO BADASHIGIKIYE UKWITOZA KWA NKURUNZIZA ARIKO MURIJEWE SINASHAKA KO BIRENZA IGIHE CI WEEK IMWE VYATEVYE, IVYONDAVYIBUKA HARIMBEREYUKO ABAJEJWE KWUBAHIRIZA IBWIRIZWASHINGIRO BAGIRA ICOBAVUZE. ARIKO ABAJEJWE KWUBAHIRIZA IBWIRIZWASHINGIRO BAMAZE KUGIRA ICOBAVUZE NTAKINTUNAKIMWE CARIGUTUMA TUGUMA MWIBARABARA NGOTURIKO TURARWANYA KUTAZOKWITOZA KWANKURUNZIZA ABAZI IVYAMATEGEKO BACABASIGARA BABONAKO ARUKWAKA UBURENGANZIRA UWO NKURUNZIZA. NDABABWIRAKO JEWE MURIRUSANGI SIMBA MU BURUNDI ICARAYE KIMBABAJE NUKO HARIHO MUMURYANGOWANJE URIBURUNDI NAMA NDAWUFASHISHA UDUFRANGA NKATUWUSHIRIRA KWIBANKE BAGAHEZA BAKAJA KUTWITORERA, ARIKOMWINOMISI NARATURUNGITSE NCANUMVABAMBARIYEKO BIDAKUNDA KOBAJA KUTWITORERA NGOBIDACIYE KURIBAMWE MUBARONGOYE IMYIYEREKANO AKABARIBO BAJAKUYABATORERA BAGAHEZA BAKAYABASHIRA. NDABABWIRA ATI NIKOBIMEZE? NGONUKWO BARAHEZABARAMBARIRA BATI: NKUBUWOZA UKAREBA UKOHARIWACU HASIGAYE HAMEZE WORIRA ATIBU TWARAFUTANYEBIKWIYE. NUMVISE MBABAYE CANE, NGIZENDACUMVA UYUMUGENZI PACIFIQUE TWATANGURANYE IMIGAMBI YOKWIYAMIRIZA KWITOZA KWA NKURUNZIZA ARIKWARAVUGAKO IMYIYEREKANO NCANIBUKA ABANJE BABA AHABERA IYOMYIYEREKANO UKOBAMBARIYE KO BABIBONABONEYEMWO IVYIMYIYEREKANO, NUMVISE AMBABAJE CANE. PACIFIQUE NDAKWINGINZE VAKWIZIMA, CANKE REKA NISABIRE ABARUNDI UHAMAGARIRA KUJAMWIBARABARA BAKUREKERE UBWOBURENGANZIRA BWOKUVUGA MAZENABO BAKUREKE KUKWITABIRA IVYUBABWIRA, NDAZIKO UZOCUBONA KO URUMUNTU NKABANDI MUGIHUGU CU BURUNDI.

  • Ubwambere ndashimiye Pacifique Ininahazwe kubera rugamba rwiza turiko.hama nakomere kwibanga kuko bamwe mubanyepolitike nka Rwasa Agathon abarundi benshi bakunda be na Leonce Ngendakumana baradutangaje kwumva baguma basab ibiganiro aku mobilisa toute la population babayoboka kugira bose bavyiyumvemwo tuje mubarabara kugira inguvu ziyongere mugihugu cose kuko numvise amajambo umukuru w’umugambwe Nyabenda yashikirije ejo kuri Voix d’Amerique naratangaye kuko wew yemeza ko President NKURUNZIZA ko atarota ashokora kuko ngo igihugu ntikigizwe na MUSaga,Nyakabiga,Mutakura na cibitoke!ngo intara zose zigihugu ziramushigikiye!none rero nkuko Pacifique ari dusigaye duhanze amaso kuno abanyepolitique barondera inyungu zabo turamusavye adufashe kugira imyiyerekano yokwiyamiriza Nkurunziza ikomere cane mugihugu cose kugira tumuteshe iyo mandant anti-constitutionel!

  • bite byanyu?uburyo muga
    ragara musanabantu kuru
    hu.ariko mumitima yanyu
    nuburiganya nubujiji,es m
    umihanda nimo mufitakazi?
    ikigaragara cyo mwirirwa
    nayo nabagore banyu bon
    abana banyu nishutizanyu,
    zimwe mubashutswe ki1
    namwe, mufitamahera yo
    gukoresha imburamurimo
    mwiza,zabantu mukabakor
    esha mubyo kwica nokuvu
    a ibyitera bwoba. nomuba
    hunze musigaye muvugira
    yo amaga mbo yogusebyu
    buyobozi! kubera inda?
    ehe ibyibanga.tumaze kub
    amenyaho nuko muriguso
    horezwaho nibyanditse,
    mumagambo ya Yesu. ariko
    muzabona ishyano abigo
    meka kubo kwubahwa.ngo
    mwigirabanyabwenge bwi
    si nabo mushuka mwifashi
    shije,amahera nuburigany
    a.nubwigomeke, ibyimibe
    reho myiza namahoro bya
    raba canze pe.nkamwe m
    wirata iki kizima?...

  • Pasi ,obijuju nabo wahenze bakagikurikira none bavundiye muma prizo no mu bitaro.mbe uzoza ryari uturihe imodoka zose waturiy nabantu mwishe?mwibaza ko bozijana?birakeye tuvyerek abagabo.

  • Avuga ngi ivyiyumviro mucohindugwa mugukoraiyo myiyerekano!Turaziko bazokoresha ibigwanisho nkuko batanguje ama pines,abahutu mugabe!Ako kagesera nigafatwe gahanwe wa mwana w’umuhutu batuririye mwi pine!

  • Mr. Pacifique jewe ndashigiliye ko abarundi bagaragaza ikiri ku mutima biciye mu myiyerekano. Muri strategie nshasha mwokoresha nohanura ko mwotora umusi umwe mu ndwi mwokwiyerekanira kuri Place de l’independance. Umwe wese yova muhira ukwiwe aja muri ville isaha mwahanye igeze nka 11h muce muhahurira muturutse mu mpande zose. Igipolisi ni cabashwiragiza objectif muzoba mwayishitseko kuko naho yoba 10 min message iba yatanzwe. Igipolisi ni cirirwa gikikuje place de l’independance kizoba ciyerekanye kitabizi. Ni babuza umuntu n’umwe kwinjira mu gisagara Leta izoba igize ville morte itabizi. Ni bazibira abava mu ma commune amwe abandi bazohashika nindongozi ziba i Kiriri canke mwi Rohero bazohashika. Erega naho mwoba ijana rimwe igikuru ni ubutumwa mushikiriza. Iyindi misi muzogirira mu ma quartiers iwanyu tutibagiye numusi wo kwibuka abahitanywe na mandat ya Nkurunziza. Ikinezereye ni uko ubu ubwoko bwose mu mpande zose za ville mbere no mu gihugu hagati no mu migambwe yose bagirira imyiyerekano hamwe vyerekana ko dutahura ko ingorane dufise atari ubwoko canke umugambwe ahubwo ari umuntu umwe nakarwi kiwe bashaka kugira abarundi bose abaja.

  • Mr. Pacifique jewe ndashigiliye ko abarundi bagaragaza ikiri ku mutima biciye mu myiyerekano. Muri strategie nshasha mwokoresha nohanura ko mwotora umusi umwe mu ndwi mwokwiyerekanira kuri Place de l’independance. Umwe wese yova muhira ukwiwe aja muri ville isaha mwahanye igeze nka 11h muce muhahurira muturutse mu mpande zose. Igipolisi ni cabashwiragiza objectif muzoba mwayishitseko kuko naho yoba 10 min message iba yatanzwe. Igipolisi ni cirirwa gikikuje place de l’independance kizoba ciyerekanye kitabizi. Ni babuza umuntu n’umwe kwinjira mu gisagara Leta izoba igize ville morte itabizi. Ni bazibira abava mu ma commune amwe abandi bazohashika nindongozi ziba i Kiriri canke mwi Rohero bazohashika. Erega naho mwoba ijana rimwe igikuru ni ubutumwa mushikiriza. Iyindi misi muzogirira mu ma quartiers iwanyu tutibagiye numusi wo kwibuka abahitanywe na mandat ya Nkurunziza. Ikinezereye ni uko ubu ubwoko bwose mu mpande zose za ville mbere no mu gihugu hagati no mu migambwe yose bagirira imyiyerekano hamwe vyerekana ko dutahura ko ingorane dufise atari ubwoko canke umugambwe ahubwo ari umuntu umwe nakarwi kiwe bashaka kugira abarundi bose abaja.

  • @muhututsi
    Ubwo ivyo uvuze wabanje kwiyumvira?Idiot nukuri!Ngo ikibazo si icamoko,twereke umututsi mwaturiye mw’i pine,twereke imbonerakure y’umututsi,,hahhh ntaco mvuze ntimuce muja guturira uwundi ngo muce mubesha ngo ni umututsi w’imbonerakure turabazi maintenant!
    Abo bahutu bari hamwe namwe ni bamwe bazopfa ntihagire uwubaririra ,abo ni bake ntaco batubuza gukora,ni ibijuju bazoje kubaza abo kwa gwasa baje kubafasha kugumuka ku musaga ubu barembejwe n’ibicupacupa mwabahaye mu ndya,tu parles amashano yose mwabahaye ubu barara ari ntibuca ,nta kundi bihangane ?Bigenda gute ko muturira imiduga n’amazu y’abahutu mubesha ngo ni aya documentation,abo bahutu babure kwirarira barindire iyo rebellion iri mu gwanda ngo nukwikina amatavu mu myiyerekano bazorubona,
    Ikindi abo batutsi bahunga ubusa babikora ku mvo za politique canke ni ugushigikira abatutsi bene wabo ngo bafate ubutegetsi bidaciye mu matora,ko ata muhutu turabona mu rwanda aja kwitaramanza ku ma sites internet,vyose ubu turabibona,ni amoko muzohende kanyarengwe alexi na Rukokoma,abo nabo i burundi bariyo ariko ntituzobemerera ko badusubiza inyuma turabazi et on les deteste,hahahahaaaaaaa!!!Bazopfa bipfane ntibazoduhenda ngo tubakurikire!

  • Ndashimye kubona mwahanaguye commentaire y’umuntu ategerezwa kuba atazi ico arico indero runtu, ariko hanyuma muraraba neza ntimusubire kureka ibintu vy’ibitera soni ngo bize kuri runo rubuga rwanyu kuko mwebwe nyene vyobaha isura y’uwanditse amarorerwa.

  • emma

    ngwakaruhuko! hewe pasifike ubu abarundi turabonye kwariwewe urinyuma yiyi migumuko ngomutanze akaruhuko shaka ureke kuduha akokaruhuko ntawakagusavye! kuko ibimaze kononekara kubwawe nivyishi sinzi kuzobiriha vyose? ikebuke bitaragukomerana

  • peter agishika kubutegetsi,munyaka 2 yambere,yarameze nk’Umumarayika Imana yoba yaribagiriye hano kw’isi.Arik’ubu ameze nka Yuda canke Rusiferi pe!!!!!

  • emma

    mumbabarire ni shure uwomuntu yiyise muhututsi wamuntuwe wewe ntacurico kandi ntanubwenge ufise! kuba uriko urakokeza ngobazogende umwumwe bahurire muri vire hewe uramenya neza ahuriko urabapangira ngobazoje kugumukira uramenya ko hacungerewe neza

  • KONUMVA MUFISINTUNTU Y’UGUTWARA? UWOMUGABO AKOKEZA NK’UWUKOKEZ’IMBWA NASHING’UMUGAMBWE AREKE GUT’UBWOKO KUKO POLITIKE ZIRARUTANA NTAVYO KUDANDAZA AKARIMI ICOMBONYE IGISAGARA CA BUJUMBURA KIRIMWO ABIZE BESHI NICO KIRIMWO IBIJUJU VYINSHI

  • jyewe mbona ubu uburundi bufise uburongozi bubiri, ubwa Peter nubwa Pacifique. abatagira aho turi mwese turikubakurikiranira hagufi. hazagire uwongera guhirahira ngo aturire abantu azibonerako. (oppisition yo ntayo kuko icungira kuvyo pacifique avuze)

  • jyewe mbona ubu uburundi bufise uburongozi bubiri, ubwa Peter nubwa Pacifique. abatagira aho turi mwese turikubakurikiranira hagufi. hazagire uwongera guhirahira ngo aturire abantu azibonerako. (oppisition yo ntayo kuko icungira kuvyo pacifique avuze)

  • NIBAGUMEKO BIYAMIRIZE ABO BANGUSHI BAGUMA BICA ABANDI ,UWO PETER.AGIRI IMANA HAHERA NIKINJANA AZOBIBAZWA NABO BICANYI BIWE,REKURA IYO MANDA

  • reka kujuragizwa na manda ya gatatu tugeze muyakane

  • wamuntu kiwe! bamwe
    mubo wahaye akazi komu
    mihanda,basa nabagushima
    kubera batareba ibyimbere
    yabo amahera naguherana.
    wowe uzahunginzara kuko
    umuhanda ntabwuribwa,
    kandi wowe ibyurimoguko
    rera muburundi, jembona
    aramasomo urigutanga ku
    bameze nkawe bomuri
    afurika yunzubumwe, ubu
    gome bukore rwa mumyi
    yerekano yomuburundi u
    zabibazwa byose ibyawe,
    ndabona rubugome,ukwiye
    gufatwa ugafungwa
    wikwitwza manda yak2,
    ya Nkurunziza,ubwo nubu
    jiji bukurimo,

  • Vuganeza,
    Urya muntu yaturiwe arababaje cane. Ariko ikintangaza kubwawe, ubabajwe n’umuntu umwe gusa hamaze gupfa abantu 40 bishwe n’abapolisi bari bakwiye kubakingira. Woba utabimenye? Abo nabo bari bakwiye kukubabaza co kimwe n’uwo wundi.

  • Mwiriwe Mushingantahe Pacifique.Je Nagira Ndababaz Ivyobiganir Bizob Gut Kand Abanyagihug Babamaz Babatwar Abapolisi Babahor Ngo Bar Mumyiyerekan Aband Ngo Nibo Barondera Ibifungur Vyabar Mumyiyerekan.Kanyosh,kibeng Babamaz Kand Ntituz Iyo Babajan Ntimwumv Yuk Atabiganir Bashaka.

  • Natwebwe turabishigikiye.imana nifasha uburundi.

  • Natwebwe turabishigikiye.imana nifasha uburundi.

  • Amahoro mwese bakunzi buru rubuga! Nabunvirije ariko sinezerejwe nivyo muriko muravuga. Kubera iki mutukana? Kubera iki muciriranira imizi ikuzimu? Mwibagiyeko mwaremwe nimana imwe kandi mwishusho yayo? Imana mukuturema ntiyaduciyemwo amoko nkuko twirirwa tuvuga ngo abahutu abatutsi. Ncuti zanje, menyako twese turi bamwe turi bene burundi dusangiye gupfa no gukira. Muvehasi twese dufatane munda twanke ico cose kidutandukanya maze duhiganwe mubikorwa vyiterambere. Twiteze imbere dutezimbere nigihugu cacu.

  • Pacifique turakwiyamirije.mbe umugambwe waw witwa gute?abafuye bose azobazwa wew kuko niwewe utuma abantu kuja mwibarabara.tu es un gd extremiste,tu hais le hutu? Tu es malade du pouvoir!malheureux

  • Uburuko nibwishi mwobuganya

  • Uburuko nibwishi mwobuganya

  • Lemeted we nimba wabuzicumarirabarundi nurekababishiboye bikorere. Reka Pacifique intwari yacu nabobafatanije bakorerigihugu ndabashigikiye. Nayuwucibazako azobira guteranyabarundi aciye kumoko ngwabone gushikirivyagomba ntakigirihemero kuko twarabahinyuye. Wewiyita vuganeza ukavuga nabi maramara uherane nivyudendekanya ntakibanzugifise muburundi.

  • @Vuganeza nashaka ndakwishure ariko wirinde gutukana kugira ntucafuze uwo uvugira. Kandi wiyubare muvyo uvuga kugira ntuzohave ukwegera Leta kandi itagutumye kuyivugira. Uti nzokwereke imbonerakure y’umututsi? Ahaaa...urakoze cane jewe sinarinzi ko imbonerakure zigizwe n’ubwoko bumwe. Kandi wanyihenzeko jewe mva mu muryango w’abahutu n’abatutsi. Uti nzokubwire umututsi twaturiye? Urya muntu yaturiwe nimba yazize ko ari umuhutu ababikoze ni ukubibazwa kandi nimba barya bandi bashika 40 bamaze kwicwa n’inzego za Leta boba bazize ubwoko bwabo ababikoze bazobibazwe bose na sentare mpanavyaha mpuzamakungu kuko bica vyitwa ihonyabwoko. Aha niho nakubwiye nti witondere arguments utanga kugira ntukwegere reta. Ibintu bitumanemeza ko atari ikibazo cubwoko ni uko muri cndd fdd muri opposition no muri societe civile harimwo ubwoko bwose naho wavuze ngo nzokwereke imbonerakure y’umututsi urabaza Nyabenda arabazi. Ikindi urazi ko kuva Nkurunziza afata ubutegetsi abishwe ku bwinshi ni abahutu bo muri Fnl none bazize ubwoko? Abagumyabanga batotezwa harimwo ba Radjabu ba Manasse ba Onesime ba Leonidas nabandi bariko barahunga nka ba Genevieve na ba Clotilde na ba Aime ugira bose ni ubwoko bumwe? Ama quartiers za musaga buterere nyakabiga kanyosha cibitoke kinama etc ko biyamiriza 3eme mandat ugira ni ubwoko bumwe? Barya ba generaux ex fdd bahunze hari uwabarushije kugwanira democratie none ko bahunga Nkurunziza nta bwoko basangiye? Uwatanguye kwanka ko Nkurunziza atugira abaja ko umengo barasangiye ubwoko. Ica nyuma ndabasavye ntimusubire kubesha ngo abahunze bose bahungiye mu Rwanda ahubwo benshi bahungiye muri Tanzaniya. Hari nabari muri Congo, Uganda, Kenya, Europe, USA kandi uteranije ibiharuro uzosanga abahutu bahunze aribo benshi. Simvuze ko abatutsi badakora ibibi harimwo ababikora kandi hagati yabo nabo nyene baratotezanya cfr Consiliya na Ngayimpenda. Mu kurangiza nokubwira ko iyo ikibazo kiba cari icubwoko cari coroshe kuko Nkurunziza yociye ahebaa iyo manda ituma abantu bicwa maze mukaduha uwundi mu candidat w’umuhuu nka Adolphe nka Nyamitwe nka Bunyoni Ndakugarika Nyabenda Gelase Gihahe etc...hanyuma tukaraba ko Pacifique asubira mw’ibarabara. Ngira Vuganeza na Emma mwantahuye jewe nipfuza ko abahutu nabathtsi nabatwa twibanira neza mu mahoro ari naco gituma nshigikira amasezerano yi Arusha yatumye basangira ubutegetsi igisoda kiracangwa mbere nkbibazo vyo gukumirana nihonyabwoko Arusha yari yabitoreye umuti. Uwofuta Arusha yoba ashaka kuturyanisha no kutugira abaja ntitwomwemerera rero !

  • NONE.MUBONATUZORONKINTSINZI?.MBAJIJEKUBERAMBONAMENGA.INGUVUZIRIKOZIGABANUKA.MUZETWONGEREZINGUVU

  • NONE.MUBONATUZORONKINTSINZI?.MBAJIJEKUBERAMBONAMENGA.INGUVUZIRIKOZIGABANUKA.MUZETWONGEREZINGUVU

  • reka di pacifique gezaho!! turakubona pe!

  • @ vuganeza hose barakwiyama ko ukokeza intambara y uburundi n ugwanda ariko uriko urihenda ntayo uzabona uragumana iyo mipanga uteme abarundi bene wanyu asha mbona warahigiye abatutsi kubamara gusa urica bose uko biguhaye amahoro yose gusa hari ahari icyo bita gasopo umaze abatutsi bo kanyaru ugarukire aho hakurya harababa nshuti hoho batazaguhenda

  • @ vuganeza hose barakwiyama ko ukokeza intambara y uburundi n ugwanda ariko uriko urihenda ntayo uzabona uragumana iyo mipanga uteme abarundi bene wanyu asha mbona warahigiye abatutsi kubamara gusa urica bose uko biguhaye amahoro yose gusa hari ahari icyo bita gasopo umaze abatutsi bo kanyaru ugarukire aho hakurya harababa nshuti hoho batazaguhenda

  • VUGANEZA, ntubeshere cndd fdd nta mugumyabanga uvuga amajambo nkayo aho uzana amoko muri cndd twaragutumye aho wirata kwica abatutsi ako siko karangamutima kiwacu ubikore kugatwe kiwawe nkuko nyakubahwa petero nkurunziza yama abisuramo shawuri yako ntiturikumwe uriko utyoza imbonerakure uzizanamo amoko ko atamututsi urimo umviriza rero si umugabwe wagutumye ivyo ushikiriza nikugatwe kiwawe ukokeze intambara kugatwe kiwawe ntiwitwaze imbonerakure turabona turazi vyinshi wandika nimweho mwama mwatukishije umugambwe ntitukuzi

  • Jewe Ico Mbona Nuko Ibibi Vyokutazibira Amabarabara Bitera Aba Porisi Binjira Muri KaritieR Kuturasa

  • JEWE ICOMBONA N-UKO TWESE TWOSENGA IMANA.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.