Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Algeria : Abantu bishwe abandi baranyuruzwa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Algeria : Abantu bishwe abandi baranyuruzwa

Algeria : Abantu bishwe abandi baranyuruzwa

mercredi 16 Nzero 2013

Ikigo c’itangazamakuru ca leta ya Algeria kiremeza ko abantu babiri bishwe abandi batandatu barakomereka.

Ikigo cimbura kigacuruza ibitoro BP, kiri mu bisangiye ikibanza ca gaz ca Amenas, kiremeza ko hari ikibazo c’umutekano cabaye.

Leta z’Ubufaransa, Ubuyapani, Ubwongereza na Irland ziri mu bakora iperereza ku makuru avuga ko hari abanyagihugu babo banyurujwe.

Ubufaransa bwarungitse ingabo zabwo kurwanya abarwanyi b’aba islam muri Mali, bahiga ko bashobora kugaba ibitero mu karere.


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.