Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amerika: kwagura urudandazwa biteganya gutangura mukwezi kwa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Amerika: kwagura urudandazwa biteganya gutangura mukwezi kwa (...)

Amerika: kwagura urudandazwa biteganya gutangura mukwezi kwa gatandatu

jeudi 14 Ruhuhuma 2013

Ibiganiro hagati y’ishirahamwe rya Bulaya na Reta Zunze Ubumwe za Amerika ku kwagura urudandazwa biteganya gutangura mu kwezi kwa gatandatu.

Intumbero yabo ngo n’ukugabanya amakori n’ayandi mategeko mu buryo vyokoroha guhanahana ibidandazwa muri rusangi.

Umukuru w’inama y’ishirahamwe rya Bulaya, Jose Manuel Barroso, yavuze ko ayo masezerano agiye guhindura ibintu ku buryo urudandazwa rwiyongera ko miliyoni ziharurwa mu mirongo z’amadorari.

Ngo bizotuma kandi haboneka ubuzi bushasha buharurwa mu bihumbi ku mpande zompi.
Ariko umunyamakuru wa BBC akurikirana ivy’ishirahamwe rya Bulaya avuga ko ikizobagora kumvikanako ari ikijanye n’uburimyi.

Impamvu ngo n’uko izo mpande zompi zikingira cane igisata c’uburimyi.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.