Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amerika : Umunyamerika yaciye umutwe umwe mubo bakorana - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Amerika : Umunyamerika yaciye umutwe umwe mubo bakorana

Amerika : Umunyamerika yaciye umutwe umwe mubo bakorana

samedi 27 Nyakanga 2014

Muri Amarika aho bita Oklahoma, umugabo w’imyaka 30, yishe umwe mubo bakorana amuciye umutwe imbere yo gukomeretsa uwundi. Igipolisi gitohoza (FBI) nico kiriko gikora amatohoza kuri ubwo bwicanyi.

Kur’uyu wa kane uheze, mu gisagara ca Oklahoma, umunyamerika w’umwirabure wo mw’idini ya islamu, Alton Nolen, yari yaragerageje kuzana abo bakorana muri iryo dini ryiwe, yaragiye mw’ishirahamwe yahora akoreramwo “ Vaughan Foods”, ahicira akoresheje imbugita uwo bakorana w’imyaka 54, Colleen Hufford, amuca imutwe.

Munyuma ahitana uwundi yahakorera, Tracy Johnson, w’imyaka 43, aramucumita kenshi, imbere y’uko Mark Vaughan, umuyobozi w’iryo shirahamwe, ahamagawe n’akaruru, aza gutabara, acarasa uyo mwicanyi. Uwacumiswe n’uwacumise bakaba bajanywe kwa muganga. Igipolisi kikakaba kirindiriye ko Alton Nolen asohoka ibitaro kugira.


Nadege Irakoze

Messages

  • Ivyo Bisa Nivyo Muburundi Kukagera

  • Nikosha Barunaasiyeko, kutiyumvamwo ubutegetsi bwomugihugucyawe Sununu ugerekaho ibibibyose nibibabigaragaraneza kobutabikoze, nkokuvuga amabi akorerwamu kagera ukacyuvuga ngonuburundi njenibazako arurwango ufitiye twebanyarwanda turigushyira? Egomufisibibazo mwihariye byakarimi aritwe nakumiro!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.