Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amwe mu masanamu y’abakuru b’ibihugu vy’Afrika na Barack Obama - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Amwe mu masanamu y’abakuru b’ibihugu vy’Afrika na Barack Obama

Amwe mu masanamu y’abakuru b’ibihugu vy’Afrika na Barack Obama

mercredi 6 Myandagaro 2014

Mu nama yariko ihuza abakuru b’ibihugu na bamwe mu bashikiranganji bari baserukiye ibihugu vyabo, Barack Obama umukuru w’igihugu ca Reta zunzubumwe z ‘Amerika akaba yaboneyeho akaryo ko kwifotoza n’abo bashitsi biwe.

Ivyo birori bikaba vyabereye ku kirimba c’umukuruw’igihugu Maison Blanche, kuri uyu wa 5 Myandagaro, inyuma yaho Barack Obama na Michelle Obama umutambukanyi wiwe bakiriye abashitsi, ndetse bakanabazimana. Muri izo sanamu, bikaboneka ko bamwe mu bakuru b’ibihugu bari baherekejwe n’abatambukanyi babo, abandi nabo bakaba bari bonyene, mu gihe uw’igihugu c’Urwanda we Paul Kagame yari yaherekejwe n’umwigeme wiwe Ange.

Raba zimwe mu masanamu y’abakuru b’ibihugu vy’Afrika na Barack Obama aherekejwe n’umupfasoni wiwe Michelle Obama.


Aristide Nizigire

Messages

  • Yoooo!!Mbega umugabo Wijunja Nka NKURUNZIZA Pierre,,Komera ku muheto kandi Imana wambaza nyene amahoro Ikujimbere ndashaka kandi ndifuza kukubona Abarundi Bongeye kukugomwa wa NTWARI WE y umugumyabanga

  • Uwomukobwa wa Kagame yombahagaze kubiti!?

  • Mbe kwabandi bajanye nabagore babo kagame akajana n,umukobwa,wiwe ubwo rero baraye ukubiri sha nagende aronona umutungo wabana b,urwanda ntiyava kubutegetsi azobibazwe.

  • Uwo mukobwa asumba inkuku! Ntahagaze ku biti ahubwo yihagazeho, urumva Hano hanze?!

  • Mbeho uwo mwigeme wa kagame ntabashakashatsi baramugirako ubushakashatsi barabe ko atariwe wambere muburebure,kw,isi?Nkuko babivuze ngira ahagaze kukintu?

  • @Munzu, yihagazeho birananiye kumenya mesa ucobisigura mukieundi’ sinzikowomfasha ubimbarira ukoresheje irindijambo kumbure vyomfasha kumenya icobisigura ariko ndagushimiye..

  • Umwigeme wa Kagame yiga ngaha muri USA yahwaniye na son pere ino muri USA
    muturamukirize bene wacu barihiyo mu Burundi
    Merci

  • Burya nuko twebwe abarundi tumeze nkuwambara ikirenzi maze ntashobore kubona kocera, sindababesha abarundi dufise umupeezida wigihangange, mazevyashika kubwitonzi ukumvurahezagiwe narurema.

  • Mbega umukobwa mwiza cyane wa président Kagame, ndabakeje abanyarwanda mubyara imfura

  • @Buyoya

    Eka ntabwiza mana yanje umuntu abona kuruyo mukobwa areha uko hahahaa.Ufise ikindi ushaka kuvuga ngo imfura nayo ubwiza bwo uriko uramutwenga kabisa.Ngo Abanyarwanda muvyara imfura?None uzokwama urahiwanyu mu Rwanda uzomenya ivyiza gute.Abakobwa beza ntaho batari wangu,abatanzaniya baravuga ngo TEMBEA UONE!Nawe rero tembera uzobona abakobwa beza man

  • @Said Hamad namba uli igikuri wewe urabona iyo mfura yitwa Ange, tembeya uzonyereke umwigeme wa Cndd canke Fdd mwiza comme uyo mwana wo murwanda. pole sana kwa mapuwa yako comme des moteurs de Boeing 747

  • Bose ni beza ni bakire kurangwa n’ubwiza gusa. Ariko abarundikazi barasumbirij sindababesha.

  • Abarundikazi bose ni beza, naba nyarwandakazi bose ni beza. Icombonye kimeze nkingorane kwuwo mu mukobwa, nubwoburebure kubera iyarimomodoka azagushika iyaja yarushe kubera kugenda gigonze umufongo.

  • @Said Hamadi: Jewe, sinje gutukana ngaha n’abantu bamana ibi complexes bidafise ishingiro... Pour le reste, n’uwanka urukwavu, yemera ko ruzi kwiruka!!!

  • @Buyoya.

    Urakarofa kaka nyarwanda ntamwanya mfite wokuvuganawawe.Nsishobora guta umwanya nishurana na fox rofa.Jana utamena ayo macakubiri yanyu murwanda.Twebwe Abarundi ivyamoko twarabirenze zamani man.Ibyo by’imfura rero bisubize iwanyu apana aha iwacu mu Burundi.Abatutsi b’abanyarwanda sinzi uko mwabaye kabisa.

  • @said Hamadi, kwenda uko wewe macacu

  • @Buyoya

    Hahahaa. Banza uje kwiga swahili niho uzomenya kucandika nokukivuga canke ugume aho Kigali wirira ibishimbo nimineke mwa.

  • hinge mbarire said, wewe uri umuhutu kandi iwanyu ni I MAKAMBA, uraziko uyu mukobwa(Ange) wa Kagame yateje circuit ngaha muri America yose, kubera ingene afise ubwiza kama. wewe nimba utazi criteria z’abantu beza I CAN ADVISE YOU TO GOBACK TO MAKAMBA. erega mwebwe mwahawe igihugu ku mwumvikano ntimwanakigwaniye none murazana uburofa ngaha kuri media. PLEASE OPEN YOUR MIND. Ndabira ukuntu DENYSE BU10 yambaye vraiment yoooo hewe abantu baramutwenze numva ikigongwe kiraje nukuri. Ahorero sinzi uwaburiye Peter kugira ntashire umupira muri costume ibara ryari kugwa ngana muri USA

  • mudutohoreze amakuru avugako OBAMA ahejeje kuramutsa Peter Nkurunziza n’umutambukanyi wiwe yaciye abanza gukaraba mu minwe ngo sinzi uwamwibiye akabanga ko ngo mu burundi nta suku iharangwa eka ngo Cholera iriko isasa inganda

  • Ibidayimoni biriko birajegeza ababantu biyise Ndimubansi na Bukuru! reka tubareke bibajegeze bibakomeshe namwengo muriko murakomesha intungane perezida Nkurunziza numutambukanyiwiwe, rindira intuguta / icuya bibabirireko ngomurio murakomesha Said ndibasa Said ahari arasoma ivyomwanditse arisekera kabisa!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!

  • @Mama

    Za urabambwirira muvyeyi kandi uze urabasengera kuko nkaba ba Ndimubansi et Bukuru niraboneka ko utabasengeye bazohava barwara imitima kubera inzigo bafitiye abahutu.Mugabo ubandanye usenga ukora kandi ukore usenga @ Ndimubansi,ivyo wavuze ko ndi uwo i Makamba wabitoye mimi ni mtoto wa Makamba,mais c’est quoi le rapport?Hiyo sio tatizo mtu wangu.Ikibazo nabantu nkawe bagifise ivyiyumviro vyamacakubiri kuko abantu nkamwe ntakibanza mugifise muBurundi ahubwo nobahanura ko mwokwigira mu Rwanda niho hari abantu nkamwe bamacakuburi!Witwa Ndimubansi kuko igihe cose uzoba ugifise ayomacakubiri ozokwama wiyumva ko uri mubansi.Nico gituma nasavye @Mama ko yabasengera mugabo baravuga ngo SALI KABLA HAUJASALIWA.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.