IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Antoine GAKEME yatahukanye ikibanza ca kabiri kw’isi yose

Antoine GAKEME yatahukanye ikibanza ca kabiri kw’isi yose

dimanche 20 Ntwarante 2016, par egide

Mw’ihiganwa mpuzamakungu ry’ugusiganwa ryabereye muri Reta zunzubumwe za Amerika kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 19 Ntwarante 2016, umurundi Antoine GAKEME yatahukanye ikibanza ca kabiri mu basiganwa ku metero amajana umunani (800m).

Antoine GAKEME yirutse izo metero amajana umunani mu mwanya ungana na 1:46.65
Muri iryo higanwa ryabereye i Portland Oregon, ikibanza ca mbere cafashe umunyamerika Boris BERIAN yagize umwanya ungana na 1:45.83


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.