Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Aracariho inyuma yo gukoroka mw’igorofa y’amazu cumi n’atanu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Aracariho inyuma yo gukoroka mw’igorofa y’amazu cumi n’atanu

Aracariho inyuma yo gukoroka mw’igorofa y’amazu cumi n’atanu

mardi 18 Ruheshi 2013

Umwongreza w’imyaka mirongo ibiri aracahema inyuma yo gukoroka mw’igorofa y’amazu cumi n’’atanu, ibintu bitangaje.

Ivyo vyabaye mu gatondo ko kuri uyu w’Imana i Aucland muri Nouvelle-Zelande. Tom Stilwell, umusore w’umwongereza w’imyaka mirongo ibiri 20 yariko aratahuka avuye gukesha, ariko ntiyabaye agishika iwe mw’igrofa ya 14 y’aho nyene.Yaragiye rero ku mubanyi wiwe asanzwe aba mw’igorofa ya 15 muri iyo nyubakwa nyene ashaka ko aca abandanya iwe aho asanzwe aba.

Nk’uko bivurwa n’uyo mubayi, ngo yariko aragerageza ku mwereka aho yoca kubera yarasanzwe ariko arirwako, aca aratsitara aca hejuru y’ivyuma bitangira akorokera ahantu ata kintu yashobora kurwako.
Ngo kubw’Imana uyo musore aracahema.Yaciye atwarwa ubwonyene ku bitaro vyitwa Auckland Central Hospital aho gushika ubu ariko aravurirwa kuko yavunitse izosi, umugongo, ku gikonjo hamwe n’ibikomere yababariye imbere.

ubu rero, ni mitende kuko yizera neza ko ataco akibaye akaba mbere yagize ico ashikiriza kuri New Zealand Herald. Naguma nibaza ko ndiko ndarota, niko avuga. Kubw’abajejwe gutabara b’i Auckland, ugukoroka kwa Tom Stlwell kwatanguriwe n’ibati ryari kw’igorofa ya mbere yiyo nyubakwa. Nk’uko nawe yavyivugiye habaye ah’Imana. kubanadanya ubaho ukorotse aho Tom yakorotse ava biratangaje.


Prosper Ndayikeza

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.