Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Arusha : Abantu batatu barahitanywe n’igisasu mw’isengero - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Arusha : Abantu batatu barahitanywe n’igisasu mw’isengero

Arusha : Abantu batatu barahitanywe n’igisasu mw’isengero

lundi 6 Rusama 2013

Mu gihugu ca Tanzaniya, abantu barenga icumi barakomeretse, mu gihe muri abo nyene batatu bakomeretse cane, abandi batatu barapfa kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 5 Rusama 2013 mu gisagara ca Arusha.

Nkuko i gipolisi kibishikiriza, ngo haturitse i gisasu mw’isengero mu gihe abakristu bariko barakengurukira Imana , ubwo nyene abantu baca bararwa igihumura, kandi n’umu episkopi mukuru yari aho mw’isengero ariko ngo ntaco yabaye Imana Yarakinze.

Iryo bara ryaguye mu gihe imisa ya mbere yo yasohotse mu mahoro n’umutekano.
Ivyo rero bikaba bishitse mu gihe hari haheze amezi make habonetse ukwutumvikana hagati y’abakirisu n’abari mw’idini ry’abasiramu


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.