Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Baghdad: Ibitero vyahitanye abarenga 50 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Baghdad: Ibitero vyahitanye abarenga 50

Baghdad: Ibitero vyahitanye abarenga 50

mercredi 20 Ntwarante 2013

Abantu hafi 50 birishwe abandi barenga 160 barakomereka mu bitero vy’amabombe n’ivy’abiyahuzi vyari biteguwe neza ku murwa mukuru Baghdad no mu micungeraro yawo.

Iyo ntureka yadutse mu gihe Iraq yariko iritegurira kwibuka imyaka icumi iheze Iraq itewe n’ingabo mpuzamakungu zari zirongowe na Leta Zunze Ubumnwe za Amerika.

Nta mugwi n’umwe uremenga ko ariwo wakoze ivyo bitero ariko ibitero bisa n’ivyo vyakozwe n’umugwi w’aba Sunni ucuditse na Al-Qaeda kugira uhungabanye Leta irongowe n’aba Shia.

Uwo mutekano muke watumye Leta isivya amatora yo mu mtara yari ategekanijwe, mu ntara zibiri Anbar na Nineveh akaba atazoba imbere y’amezi atandatu.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.