IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Bamwe mu bagirizwa urupfu rwa Gen Adolphe barengutse imbere y’umushikirizamanza

Bamwe mu bagirizwa urupfu rwa Gen Adolphe barengutse imbere y’umushikirizamanza kizigenza

samedi 15 Myandagaro 2015

Bane mu bagirizwa kwiga Gen Adolphe Nshimirimana barengutse imbere y’umushikirizamanza kizigenza wa Republika Valentin Bagorikunda kuri uno wa gatandatu ugenekerezo rya 15 Myandagaro 2015.

Nkuko vyashikirijwe n’umushikirizamanza mukuru wa Republika mu barengutse harimwo,1er sergent Major Nsengiyumva Patrick,Caporal Chef Muhimpunzu Claude na Caporal Chef Nyabenda Ernest.Ariko uwitwa Girumugisha Cadeau Ntiyarengutse.

Valentin Bagorikunda yavuze ko hari abandi batanu bakironderwa,abo nabo boba bahungiye mu bindi bihugu,muri abo harimwo Cap Chef Niyonkuru Emmanuel,cap chef Niyongarukiye Fabien,cap chef Ndayishimiye Willy Placide,cap chef Ndikuriyo Charles na cap chef Yamuremye Clovis.

Umushikirizamanza kizigenza wa Republika asaba inzego z’ibihugu bahungiyemwo gufasha kugira abo bagirizwa ubwo bwicanyi bagaruke mu Burundi,mbere bashikanwe imbere y’ubutungane.

Valentin Bagorikunda,yavuze ko abo bahagaritswe bafatanywe impuzu za gisirikare nizo igipolisi gicungera inzego,ibirato vy’igisirikare hamwe n’agatanda batwarako abarwaye.

Gen Adolphe Nshimirimana yagandaguwe mu gatondo ko kuw’Imana igenekerezo rya 2 Myandagaro,mu Kamenge hafi y’igituro c’imodoka zidugana ingenzi mu gihugu hagati.


Van Naris Mugisha

Messages

  • hihiiii ahubwo baranabaza cap chef nkurumbi eweee ivyuburundi ahonyene cap niwe asigaye yihagira kwija générale na nkurumbi yatinya!!! rero uwutarabona kumukuru agutuma guteka inkono yikibi hama ihiye ukayisangiza kanura mwanke guko nugufya nugufya wofyuma ufya atamaraso wakoze

  • HAMWE ABAKORA MUBIRO VY’IPEREREZA BOBANDANYA BAKORA UKO ABICANYI BOSE BAKAZA BARAFATWA UBWICANYI BOGABANUKA MUTAMA PETER NKURUNZIZA UKORE NGUVU ABANTUBOSE BAGOMBA KWONONA IGIHUGU UBABWIRE MUTI TUZA,TUZA,TUZA. THANKYOU THAT INFORMATION IAM PETER.

  • Amakuru yamenyekanye nuko ya ntagondwa Bikomagu yapfuye yishwe nabo bari bafatanyije kugandagura Ndadaye...Biracyaza ubu ni Buyoya utahiwe.

  • Reka sha Kanyarwanda gucemeta Abarundi ubakora mu nkovu. Bikomagu ntashobora gupfa. Hanyuma hamwe bishitse naho ni uruhombo runini kuko yoba agiye adaciriwe urubanza. Hanyuma iryo zina de triste mémoire, nta Murundi w’umutima yipfuza gusubira kuryumva. Nico kimwe n’irya Micombero, Bagaza, Buyoya, Kagamé, Ngeze... Bientôt irya Nkurunziza.

  • Karafyura amaso nk’impene yahaze amatovu,abo bose nakadenderezo muriko mubashirako,mbe bamwe bica ABABIKIRA bobo barihe?bamwe bica MANIRUMVA?amatohoza yuwo mwicanyi adolph aranyaruka,korera cndd-fdd ubandanye uca IZANGONDAGONDE abo ukingira ikibaba nibo bazogukura ayo maso uturumbura nk’ifuku iriko iratimbika.

  • BAGORIKUNDA.KORA.NKUMUGABO.UTIBAGIRA.ABISHE.ABABIKIRA.WAMURYANGO.WOKUMUTAKURA.NABANDI..UDATINYA.IGITSURE.

  • Ninde yomenya ikinogo Buyoya, Ngeza, Bagaza, Nkurunziza, les généraux DD... binyegejemwo.

  • ABATWICIYEUMUGABONKURYA NIBABAFATEBABANYONGE KUKUDAHANAIMBWAVYORORAIMISEGA BAHANYWE NABANDIBOTINYA

  • ABATWICIYEUMUGABONKURYA NIBABAFATEBABANYONGE KUKUDAHANAIMBWAVYORORAIMISEGA BAHANYWE NABANDIBOTINYA

  • Hari abababakoresha nabo mubashake!

  • Iam Peter Nkurunziza,yasizwe Amavuta Nkadawidi,kanyagwanda Na Bakunzi Ba Nkurunziza Ndabibutse Akantu Kamwe,kavuga Bati.Twarahiye Yemwe Twarahiye Peter Nkuruziza Azitoza!Reka Izontumva Turiko Turazibona Isaha Yazo Igira Ishike Tuzivugutire Umuti,mwibarabara Vyaseko Bamukura Kurusoro Nukonyene.Nibatekereze Bazotwara Nibaja Mumatora,nayo Kugumuka Ntaho Bizobashikana,atari Konona Amajwi Yabanwanyi Babo Babica.Komera Mutama.Izombwa Nazo Bamwishe Baziko Bishe Ba Adorofe Bishe Adorofe Ba Adorofe Nihotukiri

  • mbe abo mubahoriki ntimwoja gufata uwabatumye kwazwi nimureke kubesha bene burundi ayo mahaga mbe nimwe mwabahungisheje?sha harigihe muzohinyuka imanirihe ntimwibagire

  • Kanyarwanda,bikomagu bamugandaguye avuye kwisengera kuruyu munsi w iyurizwa mwijuru ry umuvyeyi w umukuza wacu yezu ,bikira mariya,vyumvikana kwimanaa yari yiteguye kumwakira yitunganije,simvuze ko mubuzima bwiwe akiri mumabanga atakosheje,mugabo yari umukukuruke , ubu yarasigaye yironderera ivyiza vyijuru mukwigaya nukurondera imana. Uwamugandaguye,namba yagombaguhora ya shetani adolphe vyanse kwahambwa,yataye umwanya kuko n urwiwe rwomwitwariye mugabo wewe nawe azopfa kandi ajanye amaraso kuntoke, natigarura ngo yihane ,uwomvuga ni nkuru. Amaraso yabene burundi yamaze kumunurira,kwica nivyo bituma abadayimoni bamwuzuye bamuha agahengwe akabona agatiro. Nkurunziza,hari ikintu co gutabara, ukareka gusesa ayo maraso kandi ukarokoka, amaraso y umwagazi w imana arakura abantu ibicumuro,heba vyose , iki kiringo cagatatu wasahuye civumwe, umutima w ubukoko, uce uja kwiradiyo na rtnb , ucumera nka wamwana wigishushungwe,ugire uti : " barundi barundikazi,namwe ncuti zuburundi, ivyo nakoze vyose bibi muriyi Myaka 10, narabahemukiye nongera mpemukira nuwo mwijuru, sinkwiye no kwitwa umwana wawe BURUNDI kuko naragutukishije mu bawe no mumakungu, nemeye gutanga imihoho atagisabwe kandi nogusubiza ivyo nasahuye abarundii nari njejwe,imiryango nahekuye iyi ndapfakaza ndayisavyimbabazi,mpamagariye abarundi n uwuzonsubira kutazohirahira ngo bakurikize akarorero kabi kanje,niyemeje kuzomara iminsi 40 nisonzesheje,kandi ndi mwigunira ryiminyota imbere yisengero nka dawidi,ivyo ndabisabishije yezu kirisu umwana wawe yatubambiwe." niwabigenza uko ndabiguhanuy,niho honyene imana iri mwijuru yogira akigoro ko kukumanurirako inyonga zayo,kuko n IMANA yimbabazi.nkawamuvyeyi izosubira kukwakira mubana bayo,yirengagize ububisha n ibigabitanyo vyawe.ibindaguhanuye ubishire mungiro ukibisoma ,canke mukawe n abana bawe,mukibisoma mubirungikire umunega canke so wanyu,ejo hashobora kuba ari kera.mwirirwe

  • VYOBAVYIZA HAMWE ATAWORENGANA NGO YITIRIGWE UBWO BWICANYI

  • Abigiz ngo bagiy kurongora uburundi bibaza ko bahaw ugutwara isi n’ ijuru. Mbega Nkurunziza ko icivugo ciw ari ukwihorera se yabuze 72, natwe aba 93 tuzoshikirwa ryari ukwihorera abacu. Mbega abantu amaze kwica nubu ntarahaga amaraso y’ abarundi? Mbega abariko bicirwa ubu , bavuka ubu arimpfumvyi nabo bazokwihorera ababo ryari. Bavuga ngo ihorihori ihonya umuryango kandi ngo ikihora ihoze. Uwiyumva ko ari umuhutu, ko azoronka amahoro aruko umututsi atakibaho novuga nti : cira birarura. Abatutsi bari kurushi ariko umuhutu yiyumva ko azomara abatutsi ndumva azoba yihenze. Burya mu Rwanda bari baragerageje kwica umututsi ariko buzuy igihugu. Ahubwo nobasaba mwebwe mwabanyamoko mwe kwumvikana mugateza imbere igihugu cabavyahe . Nkaba nkebuye abahutu cank abatutsi .

  • @igarure . Uri umurwayi mumutwe cyangwa mayibobo!! None uragira ngo Imana yakira abanyabyaha? Bikomagu aho yagiye ubu mugabo n’umuzimu wa Ndadaye uzokomeza umuhe inshyi nubwo kuko awusanzeyo umwiteguye.

  • emma
    wewe wiyise igarure nyamba urumusazi urumva ukuntu uhoha nkumwana yiga kuvuga,ahubwo niwigarure wewe nyene uwomunwa wawe usigaje kugukwegera. Hewe nkurunziza aragutwara wanka wakunda kandi naho umutuka uzokwama urimusi yiwe bikomagu nawe imana nimwak

  • IVYO MUVUGA VYOSE ABANTU BISHE ABANTU CANKE NUBU BICA BADAHANYWE NTAKIZOHINDUKA. NICO BITA IMPUNITE AHO MUBURUNDI IBINTU VYOSE BAGUMA BAFUKIRIRAKO MUZORABA AHO BIBAGEZA. HARI SLOGAN NGO IKIBAZO SICUMUHUTU CANKE CUMUTUTSI MUGABO JEWE NIHWEZA MURAHENDANA AHUBWO NIVYO BIHARI

  • yo ukuri kwagiye ahabona abo rero mukinisha inkina mico turabimenyereye

  • EW IGARUR SHA EKA URAZ GUHANURA EREGA WEW KUBERA UVUYE MURI SOMINERI MWIJURU MWARI MWICARANY NA YEZUKRISTU KAND UKABA WAJ BAGUTEMBEREJ MUMAKARITIYE NKA YOS YO MWIJURU NICO GITUMA UVUGA UKO.MAZ NDAGUTUMY NAW WIGIRE UBIMWBWRIR AMASO MUYAND HAMA UREK GUTUMIRIZA. BURYA WARAVYNEZA USANGA PITER NIW YISH GUSUMBA ABAND BUYOKA WAMUSHIZE H? BUVUGA IVYUZI SHA UREKI KWIRA UMUSENZ WA MU PAGANI WE!

  • Ndadaye We ,abamwish Ko Badakurikiranwa?

  • NINDE YANKA IMANA AKARI KW’ISI? SOMA UBE NAWE USENGEYE UBURUNDI : MANA DATA MUSHOBORA VYOSE RABA UBURUNDI AHO BUGEZE UBU UDUFASHE URONSE AMAHORO ABARUNDI,TURIKO TURAJURAGIRIKA MANA KUBERA IBICUMURO DUKORA RABA MANA UVYURE IKIGONGWE KUBURUNDI BUBONE UBUKIRIRO NTANTAMBARA NIMWE YAZANYE AMAHORO MU NYONGA ZAWE , TURABACUMUZI ARIKO TURATAKAMVYE MUVYEYI UTWUMVIRE UDUHE AMAHORO .KUBW’UMUSAVYI WAWE Jean Darcy Irakiza nkutuye amaborogo y’abarundi unyumvire

  • ndemeye abatutsi bubu ntabwenge,nkuwutegeka NKURUNZIZA ivyo yokora canke ngo yivuguruze nikirofa,nagomba nkebure abatutsi bihangane kuko ubu nta coup d’etat ikiba sibimwe mwakorera NDADAYE ubu turibabanda bafata igihugu bakoresheje umuheto abahutu bubu ntitugitinya mubimenye mwabatutsi mwe,nimba ishamba ryabananiye, ubu ni systeme,eeeeehhh mwari muzi ko ivyo mwakoze 72 tutavyibuka? Mufata abahutu bose bize mwica ,ja mw’ishamba nkuko twarigiyemwo ,ubu ntigwitaha sinko mu rwanda mwifatira abahutu uko mushatse ,eeeehhh urya mwishe n’incungu muga abazomukurikira bazoreng urya n’ibitabu tuzandika kuko ubu twiga twese"KOMERA NKURUNZIZA" Iragi rya Adolphe dutegerezwa kurigendera. Muvuga tubandanya dukora.

  • KWICA ABANDI NAWE UZI KO UZOPFA BIMAZE IKI? INSTRUCTION Y’ABISHE ABABIKIRA BATATU NTIYIGEZE Y’AVANÇANT MUGABO AYABANDI ABA MUNDWI IMWE MWE MWITONDE TWESE TWARAREMWE KANDI TUZOPFA ICO MUTAGOMBA KUGIRIRWA NTIMUZE MUKIRIRE ABANDI ABO NABATEGETSI BABWGWA

  • @charles. We kuruka ngo uravuze i Rwanda abatutsi birwa bakona abahutu niba usoma ibinyamakuru urabizi. Ntamuhutu ugira ijambo nko muburundi kandi abatutsi nibo bica bagakiza!! Mu Rwanda umuhutu arakora naho umututsi agashyira mumufuka. Naho usibye ubugoryi cyangwa ubupfayongo nta politique yo mu Rwanda uzi kandi niyo kagame agira ngo azane i Burundi ahanagure umuhutu kwikarita maze empire Hima tutsi ishinge imizi. Gusa arabeshya ubu najye ’Je suis Adolphe’ mwishe Adolphe 1 Gusa ubu havutse abagera kuri 10millions

  • mbe iyombw izana ivyamoko yibaz kwarih intsinz yabo iri? ntugafate intozo nka peter ngunayigererany nimbwa umututs atunz iherekaz inka.urumv ivyobigobogobo ngwabahutu ngomugezweho ngaho burakey amajambo ahave muze nizompolisi zanyu nizonterahamw turab komuzopf muturukiriy urugo rwumututs mwamburu mwe.yooo karabananiye basha turibake arik bumutima turizey neza kubasubiza mumwonga niyo mwaje muturuka mwamburakimazimwe

  • mbe iyombw izana ivyamoko yibaz kwarih intsinz yabo iri? ntugafate intozo nka peter ngunayigererany nimbwa umututs atunz iherekaz inka.urumv ivyobigobogobo ngwabahutu ngomugezweho ngaho burakey amajambo ahave muze nizompolisi zanyu nizonterahamw turab komuzopf muturukiriy urugo rwumututs mwamburu mwe.yooo karabananiye basha turibake arik bumutima turizey neza kubasubiza mumwonga niyo mwaje muturuka mwamburakimazimwe

  • emma

    nyakubahwa bagorikunda kuberiki abo banyagupfana ngo nabasoda baba cpl c naba 1.srg major batarapfa? urazi impfuvyi bakuye amata mukunwa kandi bari barironkeye uwubafasha, abamaraya yakuye mubumaraya ubu barifumbereje aho simvuze abagabo nimisore

  • Si des tetes, hutu ou tutsi, ne cessent de tomber comme des mouches au Burundi, c’est parce que les burundais sont toujours divises et la haine assez vissee/ancree en eux! Abantu baragandagugwa, bamwe bakaryoherwa abandi bakababara ukamengo ni urukino rw’umupira w’amaguru qui se joue entre eux, hamwe igitsindo cinjira bamwe bakanezegwa abandi bakababara dependamment y’uwucinjije canke uwutsinzwe uwariwe. Voila ou nous en sommes aujourd’hui au Burundi, voir l’assassinat des gens comme un jeu quelconque! C’est une honte pour la Patrie et sa Nation, n’est-ce pas? Alors, si l’echec est deja encaisse chez tous les burundais, il faut maintenant le surmonter avec brio en evitant surtout d’attiser le feu, comme c’est le cas aujourd’hui!...

  • Ivyo mu gihugu cacu bisigaye arakamaramaza aho umuntubapfa akihozwa uyundi! Adolphe yarishwe none baciye bagira ingere kuyindi none bizohera gute ?Abasirikare ubwabo barakwiye kureka kwicana hagati yabo bagakenyera bagatuza abahawe ibirwanisho batafifitiye uruhusha nacanecane imbonerakure!Bagacungera umutekano wabo, uwabanyagihugu n’igihugu! Kuba ex-FAB nabo kandi akabaribo bariko barapfa cane , ahomvuze batobato, about bakuru bazoteba bavuge ICO bakoze muri bihe bidasanzwe!

  • Ivyo mu gihugu cacu bisigaye arakamaramaza aho umuntubapfa akihozwa uyundi! Adolphe yarishwe none baciye bagira ingere kuyindi none bizohera gute ?Abasirikare ubwabo barakwiye kureka kwicana hagati yabo bagakenyera bagatuza abahawe ibirwanisho batafifitiye uruhusha nacanecane imbonerakure!Bagacungera umutekano wabo, uwabanyagihugu n’igihugu! Kuba ex-FAB nabo kandi akabaribo bariko barapfa cane , ahomvuze batobato, about bakuru bazoteba bavuge ICO bakoze muri bihe bidasanzwe!

  • TURASAVYE N’IBA HARIHO AMASHIRAHAMWE Y4AGATEKA KA ZINA MUNTU ASERUKE KU BANTU BAFUNGIWE MURI DOCUMENTATION BARAMEREWE NABI BAKUBITWE. BAMWE BASHOBORA KUBA BAMAZE KW’ITABA IMANA KUBERA AMAHIRI; ABANDI BAVA AMARASO KU BISUSU; MUZOBA MUGIZE NEZA

  • ABARUNDI DUKWIYE GUFATUMWANYA TUKISABIRA IMBABAZI KU MANA KUGIRA IDUSUBIZA AMAHORO.BARUNDI NDABINGINZE TWIHANURE TWUBAHIRIZE KUTAZIMANGANYA UBUZIMA BWAKIREMWA MUNTU.

  • ABARUNDI DUKWIYE GUFATUMWANYA TUKISABIRA IMBABAZI KU MANA KUGIRA IDUSUBIZA AMAHORO.BARUNDI NDABINGINZE TWIHANURE TWUBAHIRIZE KUTAZIMANGANYA UBUZIMA BWAKIREMWA MUNTU.

  • ABARUNDI DUKWIYE GUFATUMWANYA TUKISABIRA IMBABAZI KU MANA KUGIRA IDUSUBIZA AMAHORO.BARUNDI NDABINGINZE TWIHANURE TWUBAHIRIZE KUTAZIMANGANYA UBUZIMA BWAKIREMWA MUNTU.

  • ABARUNDI DUKWIYE GUFATUMWANYA TUKISABIRA IMBABAZI KU MANA KUGIRA IDUSUBIZA AMAHORO.BARUNDI NDABINGINZE TWIHANURE TWUBAHIRIZE KUTAZIMANGANYA UBUZIMA BWAKIREMWA MUNTU.

  • IMANA IBABARIRE ABAKOZIVYO HAMA TUYISAVYE GUTABARUBURUNDI IHAGARIKE IBISANIVYO

  • None Abo Bashikirijw Imber Y’ubutungane Vyagenz Gt?Abahunz Bo Barabonetse?

  • JEW NDIYUMVIRA KO ABOBAKWITAVYE ATACOBIYA GIRIZA AHUBWO MUKWIYE KURONDERA ABOBAHUNZE BOBAHUNZI ICOBAZI

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.