Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bangladesh: Inyubakwa yahitanye abantu barenga 70 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Bangladesh: Inyubakwa yahitanye abantu barenga 70

Bangladesh: Inyubakwa yahitanye abantu barenga 70

mercredi 24 Ndamukiza 2013

Ibikorwa vyo gutabara abari munsi y’ibihomoka vy’inyubakwa yasenyutse birakomeza mu gisagara ca Dhaka mu gihe abarenga ku 200 bakomeretse.

Igisirikare kiriko kirafasha mur’ivyo bikorwa vyo gutabara.
Inyubwa zirakunze guhenukira ku bantu muri Bangladesh aho usanga inyubakwa z’amagorofa maremare zubakwa hadakurikijwe amategeko.

JPEG - 30.5 ko
Inyubakwa yahitanye abantu

Iyo nyubakwa y’amagorofa umunani yasidutse yarimwo ihinguriro ry’impuzu, ibanki n’amaduka menshi,yasidutse mu masaha yo mu gatondo ,mu masaha abantu bariko bihuta baja ku mirimo.

Abantu benshi bashengereye ngaho barondera kumenya amakuru y ’abagenzi babo.
Umunyamakuru wa BBC Anbarasan Ethirajan ari Dhaka, avuga ko icatumye iyo nyubakwa isenyuka kitaramenyekana neza.

Ariko ibinyamakuru vyaho bimenyesha ko iyo nyubakwa yari isanzwe yase umugaga kuwa kabiri.


Jean de Dieu Munyembabazi

Messages

  • ng’izi ingaruka z’igihugu kirangwamwo igituire. na twebe UBURUNDI bwacu butaravye neza ibintu nta kundi bitezze kugenda atari ukuyangara mu gihe OLUCOM isemerera ukamenga ni ukwanka aba DD.SHIRA UBURUNDI KU MURONGO NATWE DUTETRE IMBERE NTITUZE DUHURE N’AKA KAGA.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.