Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bashar al-Assad aregwa kuba akoresha ibirwanisho birimwo uburozi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Bashar al-Assad aregwa kuba akoresha ibirwanisho birimwo uburozi

Bashar al-Assad aregwa kuba akoresha ibirwanisho birimwo uburozi

vendredi 17 Rusama 2013

Umukuru w’igihucu ca Leta zunze ubumwe za Amerika Barack Obama n’umushikiranganji wa mbere wa Turkiya Recep Tayyip Erdogan, bavuze ko ivyo bihugu uko ari bibiri vyiyemeje kotsa igitutu umukuru w’igihugu ca Siriya Bashar al-Assad kugira ave kubutegetsi, hajeho Leta y’imfatakibanza ya politike.

Igihe kuri uyu wa 16 Rusama 2013 Recep Tayyip yabonana na Obama mu biro vy’umukuru w’igihugu, bamenyesheje abamenyeshamakuru ko Turkiya na Leta zunze ubumwe za Amerika bagiye gukorera hamwe mu ntumbero yo gukura Bashar al –Assad kuko abangamiye agateka ka zina muntu.

Kubijanye n’ibirwanisho birimwo uburozi Bashar al-Assad yagirizwa ko akoresha, Obama avuga ko Bashar al-Assad abangamiye umutekano w’abanyagihugu ba Siriya hamwe n’uw’incuti zabo, ko rero bagiye gukora ibishoboka agasubirizwa.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.