IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Batanu bafatiwe mu Ngagara bapfungiwe mw’igendereza

Batanu bafatiwe mu Ngagara bapfungiwe mw’igendereza

samedi 14 Rusama 2016, par egide

Abantu batanu bafatiwe mu Ngagara muri karitiye ya gatanu inyuma y’amasasu yahumvikaniye, ku munsi wa kane, bapfungiwe bose mw’igendereza ry’Uburundi.

Abo banyagihugu batatu bafashwe n’abaporisi, bari kumwe n’abakozi b’igendereza, amasasu menshi akaba yarunmvikanye igihe abo bantu bafatwa aribo Jean-Claude Shingiro, Mathilde Hatungimana, Robin Ngingo, Janvier Niyonkuru, hamwe n’uwundi mugabo umwe yari kumwe nabo bafashwe mu nzu bafatiwemwo muri karitiye ya gatanu mu Ngagara.

Umuryango w’abo bafashwe nturamenyeshwa ico bafatiwe.


IGIHE

Messages

  • NIBABAKOREREKO AMATOHOZA NTIBABARENNIBABAKOREREKO AMATOHOZA NTIBABARENGANY

  • Ndasaba leta kujya yica iyi mihirimbiri. Kuko iyo mubafashe mukabafunga bene wabo bakomeza gutera grenade kuko baba bazi ko nibafatwa bafungwa . Gusa nimubahingamo ubudehe bazareka kuba ibyihebe.

  • murahumba ukurikuzojahabona izombonerakunyazanyuzomoke

  • nabonyene mukarekura muzoba muhushije grenade zitegwa kinama harimwo uwuzitera kuko ahazi namwe ntimurabana

  • nabonyene mukarekura muzoba muhushije grenade zitegwa kinama harimwo uwuzitera kuko ahazi namwe ntimurabana

  • Okkkkkkkk, Leta yitorewe n,abanyagihugu, irongowe n,IMFURA y,uburundi nyenicubahiro PETERO NKURUNZIZA. mube maso mukore amatohoza gahoro gahoro, burya ngo n,uwasanze nyina mukuzimu yaramenyekanye, abo batera amagrenade bica abantu ntibigoye kubamenya. Baba mu burundi bavuga ikirundi muce kubatwara ama quartier bagende bamenya uwo batwara wese ico akora kandi mushireho n,ababafasha kumenya muri quartier iri yose abagarariji babayo, mutibagiteko hari n,abandi mukorana ngaho mubuzi babihishijeko bimba babahisha ivu, gutyo uwo mufashe bikagaragara vy,ukuri ko ari mubwicanyi , musabe kugarukana abo yishi bidakunda abasange iyo bari yumve iraha barimwo, sinzigera nibagira umuryango w a nyakwigendera GENERAL ATHANASE , bagandaguye wose bamuhoyeko azi gutandukanya icatsi n,ururo, ko amacakubiri yari yarabonyeko ataho ashikana kanatsinda turi bene mugabo umwe, banyakwubahwa mubijewe si possible, ce mubikorerako

  • ugwanda bafatanij nikih gihugu mugutera uburundi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.