Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Batanu mu bakekwa gusasika inganda muri kaminuza ya Garisa bumvirijwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Batanu mu bakekwa gusasika inganda muri kaminuza ya Garisa bumvirijwe

Batanu mu bakekwa gusasika inganda muri kaminuza ya Garisa bumvirijwe

vendredi 5 Ruheshi 2015

Batanu bakekwa kuba bari mu basasitse inganda muri kaminuza ya Garissa, bumvirijwe n’abacamanza bo mu gihugu ca Kenya.

Ico gitero cahitanye abantu bagera kw’148, mu Buraruko bushira Uburengero bwa Kenya ku wa 2 Ndamukiza, abari mu murwi w’intagondwa w’al shebab bakaba baratunzwe agatoke, kuba bari mu bagandaguye abo banyeshure. Abacamanza bo muri sentare y’i Nairobi, bakaba bagiriza abo batanu bashizwe imbere y’intahe, ko bari bafitaniye imigenderanire na bamwe mu bapfuye bari mu gitero canke abahunze.

Abakekwa gukora ayo marorerwa mu gihugu ca Kenya aribo Mohamed Ali Abikar, Hassan Edin Hassan, Sahal Diriye Hussein, Osman Abdi Dagane na Rashid Charles Mberesero wo mu gihugu ca Tanzaniya, bakaba baciye baja kuba barashizwe mu mvuto, mu kurindira ko urubanza ruzosasa ku wa 11 Ruheshi, uyu mwaka.


Aristide Nizigire

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.