Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bresil: Abagira imyiyerekano bakomeza kuba benshi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Bresil: Abagira imyiyerekano bakomeza kuba benshi

Bresil: Abagira imyiyerekano bakomeza kuba benshi

samedi 22 Ruheshi 2013

Abantu bagera ku muliyoni umwe bitabiriye imyiyerekano yabereye mu bisagara bigera kw’ijana mu gihugu cya Brazil.

Iyo myiyerekano yiyamiriza ubutegetsi bubi burangwa n’igiturire hamwe n’imyitegurio izimvye yo kuzoja gukurikirana amahiganwa y’igikombe c’isi yose kizobera muri ico gihugu mu mwaka w’2014.

Ahantu henshi, iyo myiyerekano yaranzwe n’imvururu, igipolisi cakoresheje imvyuka birakira n’amasasu kugira bashobore gushwiragiza abari mu myiyerekano.

Ku murwa mukuru Brasilia, abari mu myiyerekano bagiye aho inama nshingamateka ikorera n’ubushikiranganji bw’imigenderanire n’ayandi makungu.

Umukuru w’igihugu ca Bresil Dilma Rousseff yahamagaje inama idasanzwe yo kwiga ikibazo c’uwo mutekano utera uba muke.

JPEG - 71.8 ko
Dilma Rousseff , umukuru w’igihugu ca Bresil

Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.