Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bresil: Hatanguye imyiyerekano yo kwiyamiriza umukuru w’igihugu Dilma (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Bresil: Hatanguye imyiyerekano yo kwiyamiriza umukuru w’igihugu Dilma (...)

Bresil: Hatanguye imyiyerekano yo kwiyamiriza umukuru w’igihugu Dilma Roussef

lundi 17 Myandagaro 2015

Abanyagihugu bo mu gihugu ca Bresil bazindukiye mu myiyerekano yo kwiyamiriza umukuru w’igihugu cabo Dilma Roussef,yagirizwa kudatunganya neza igihugu mu bijanye n’ubutunzi,intwaro hamwe n’igiturire cibonekeza muri ico gihugu.

Iyo myiyerekano yabaye kuw’Imana igenekerezo rya 16 Myandagaro 2015,mu gisagara ca São Paulo,basaba ko igiturire cohagarara mu gihugu no gutanga imihoho kw’umukuru w’igihugu.

Umukuru w’abatavugarumwe na Reta Aecio Neves yitavye iyo myiyerekano yavuze ko yitavye nk’umunyagihugu ababazwa n’igiturire,ububeshi hamwe n’ubushobozi buke bwa Reta bukorera ikibi abanyabrezile.

Yavuze ko yanezerejwe no kubona abanyagihugu bitavye akamo,naho nyene atasavye ko umukuru w ‘igihugu atanga imihoho nkuko vyasabwe n’abashingamateka bo mu mugambwe w’umukuru w’igihugu.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Barungikemwo Igipolisi C’ Uburundi Kibarase Kuko Ari Karuhariwe Mukurasa Abari Mumyiyerekano

  • IYI NIYO DEMUKARASI NAHO UREKE INO MURI AFURIKA IYO MUGIYE MUMIHANDA KWEREKANA IBYIFUZO BYANYU NGO MURIKWANGISHA ABATURAGE UBUTEGETSI,AFURIKA TURACYARI INYUMA CYANE,UBUTEGETSI BWA AGAHOTORO GUSA NI BWO BUMUNZE UMUGABANE WACU.

  • @ntawe
    abo nta gipolisi bakeneye kuko si abicanyi nk’abatutsi b’i bujumbura,ubona hari amapine ariko arasha,ubona hari uwo baturiye mwi pine,hari amazirantoke bapakururiye ku ma barricades,hari abantu ubona bafashwe bariko barica ngo ni imbonerakure,kireke basha igipolisi cacu kiri très professionnelle,abatutsi mwigize ibiro biteze kuva kera ariko burya ako kanyaro kazoteba gahere,erega bwaraja ngaho ngo buhangane n’abategetsi bwigize bwa stallone nya bunywarumogi,nubwo barashe bake ,mbe birya bisu na za coctail molotov mwari mufise ngo mwice umuhutu wese,mumuturirire utwiwe,mwebwe bari guca babareka mubamare?vraiment reka kugereranya ivya brezil n’uburundi

  • kwiyerekana mugushikir ziciyunviro cabo nivyiz ariko,nibaba arinkehwa basha guhungabany umutekano nokwic abantu uguturirimiduga amazuvyabanyagihugu,,bafatigwingingo ruhasha abatutsi nabahutu bivyitso bagumutse mugisagara cabujumbura barabizi kwatagufyina

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.