Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Brezil: Imyiyerekano k’umupira w’amaguru - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Brezil: Imyiyerekano k’umupira w’amaguru

Brezil: Imyiyerekano k’umupira w’amaguru

jeudi 20 Ruheshi 2013

Mu mahiganwa y’umupira w’amaguru muri Amerika y’Epfo, hagiyemwo imyiyerekano imbere y’ukwo hakina imirwi ya Brezil na Mexico, iyo myerekano ikaba yariko ibera mu gisagara ca Fortazela muri Brezi, ari naho amahiganwa yariko arabera.

Abantu bagera ku bihumbi 15 bari muri iyo myiyerekano yaranzwe n’amahoro muri rusangi, mw’ibarabara rinini rija ku kibuga gishasha. Igipolisi caciye kihashika gica kirahangana n’abari muri iyo myiyerekano, yariko iba mu mahoro n’umutekano, maze iyo ica irarangira.

Kubera iyo myiyerekano, Leta yari yamenyesheje ko igiye kurungika abapolisi bamwe karuhariwe, kugira babuze iyo myiyerekano muri iki gihe c’amahiganwa y’umupira w’amaguru. Abo bapolisi nabo bakaba borungitswe mu bisagara bitanu vy’igisagara ca Brezil.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.