IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bubanza: Umugabo umwe yapfuye ahitanywe na grenade

Bubanza: Umugabo umwe yapfuye ahitanywe na grenade

lundi 3 Myandagaro 2015

Umugabo azwi kw’izina rya Albert Bararunyeretse yarishwe atewe Grenade mw’ijoro ryo kuw’Imana buca ari kuwa mbere igenekerezo rya 3 Myandagaro,mu ntara ya Bubanza.

Iyo grenade yakomerekeje kandi umukenyezi wa Albert Bararunyeretse,ubu ari mu bitaro vya mpanda aho ariko aravugrirwa.

Amakuru ava mu gipolosi aho i Bubanza amenyesha ko urupfu rw’uwo yitavye Imana rwoba rufise imvo z’amatati y’amatongo. Mu gipolisi bamenyesha kandi ko abantu umunani bamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.