Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bugabira : Abanyagihugu ntibaratahura akamaro ko gukingira isi (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ibidukikije > Bugabira : Abanyagihugu ntibaratahura akamaro ko gukingira isi (...)

Bugabira : Abanyagihugu ntibaratahura akamaro ko gukingira isi n’ibiyaga

jeudi 19 Ruheshi 2014

Ibikorwa vyo gukingira isi hamwe n’ibiyaga vyo mu Buraruko bw’igihugu c’Uburundi vyatanguye, ivyo navyo bikaba biriko bibera mu ntara ya Kirundo.

Ku nkengera z’ikiyaga Cohoha kiri muri komine ya Bugabira, hariko harabera ivyo bikorwa vyo kurukingira, co kimwe n’isi. Abanyagihugu bo ku misozi ya Kigina na Gaturanda muri iyo komine, bakaba bari mubariko barasabwa, gukura amaboko mu mpuzu, bagafashanya n’abandi mu bikorwa vyo gukingira isi co kimwe n’ico kiyaga.

Mwomenya ko ibikorwa vyo gukingira iyo isi hamwe n’ikiyaga ca Cohoha n’ibindi biyaga vyo mu Buraruko bw’igihugu, biriko birangurwa n’umugambi w’igihugu witwa « Water climate and development program ». Ariko icibonekeza, akaba ari ukwo abanyagihugu bo kuri iyo misozi ya Kigina na Gaturanda bakeneye kwigishwa kuko uyo mugambi basa naho batawutahura nka neza, wo gukingira isi n’ibiyaga.


Aristide Nizigire

Messages

  • ABARUNDI SI IBIJUJU BABONA HAKURYA BIMEZE BITE ???nIBAREKE KURYA AMAHERA ARIKO NABO BABAHE KO ..IZO FINANCEMENT ZIKIZA BAMWE TURABIZI ...NONE BUCUMI NABO BARI KUMWE KO ARI IMVUKIRA ABONA BITOSHOBOKA HAMWE BOREKA KUBISHIRAMWO INDA NDENDE YA BA DD KO BOOSE BARI MU KI DD KUGIRA BARONKE IVYO BARYA,,EHE RABA TRANSFORMATEURS I RUHEHE NTA MATARA VYARARIWE DUSIGAJE KUBISHIRA AHABONA,,,,

  • ABARUNDI SI IBIJUJU BABONA HAKURYA BIMEZE BITE ???nIBAREKE KURYA AMAHERA ARIKO NABO BABAHE KO ..IZO FINANCEMENT ZIKIZA BAMWE TURABIZI ...NONE BUCUMI NABO BARI KUMWE KO ARI IMVUKIRA ABONA BITOSHOBOKA HAMWE BOREKA KUBISHIRAMWO INDA NDENDE YA BA DD KO BOOSE BARI MU KI DD KUGIRA BARONKE IVYO BARYA,,EHE RABA TRANSFORMATEURS I RUHEHE NTA MATARA VYARARIWE DUSIGAJE KUBISHIRA AHABONA,,,,

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.