IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Buganda : Umunyagihugu yahora yagirizwa uburozi yishwe

Buganda : Umunyagihugu yahora yagirizwa uburozi yishwe

samedi 16 Ndamukiza 2016, par egide

Umunyagihugu azwi kw’izina rya Fidèle Nibizi w’imyaka 55 yahora aba muri komine Buganda, intara ya Cibitoke, yishwe yagirizwa uburozi. Abajejwe intwaro n’igiporisi muri iyo ntara bavuga ko amatohoza yamaze gutangura kugira abishe uwo muntu bamenyekane.

Fidèle Nibizi yagandaguwe mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 15 Ndamukiza 2016, nk’igihe c’isaha zitatu z’ijoro. Yarashwe n’abantu bamutegereye atashe,, muri komine Buganda, intara ya Cibitoke.

Uwo yagandaguwe yahora yagirizwa ko ari umurozi, akaba mbere yari amaze guterwa ubwoba ko azokwicwa.

Musitanteri wa komine Buganda amenyesha ko amatohoza yamaze gutangura kugira abishe uwo munyagihugu bamenyekane.


IGIHE

Messages

  • Kirarazirakwihanira.Abobantubakozeiryobara,nibakuranwebahanwe

  • Wanauwa watu eti wachawi. ijambo ryimana rivuga ati uwichishije inko nawe azokwichishwa inkota .

  • AMATOHOZA AMATOHOZA AMATOHOZA YI BURUNDI WANGIRANGO NI INDILIMBO IGEZWEHO

  • Ntabwo arivyiza kwica umuntu, kandinawe nambayarishe ntabwo arivyiza yakoze.

    Hanyuma ahohakuryanaho mugihugu kibanyi cu Rwanda inzego zumutekano zakoze umukino wokwiyicanira zirasanye bacabavugango nababateye bavuye Congo harinaho bavuze ngoni FDRL yabateye. Ariko amakuru yizewe twarose ngo bashaka kuronka ikibasubiza kwiba imutungo Kamere ya Congo bitwaje ngobagiye gukurikirana ababateye. Natwe abarundi twarahiye ko ahobakazengereje igihugu kibanyi tukinumira bagisubirayo natwe tuzoca tugenda tubavungavunge kuko bashegeshe akarere.

  • @none mubanze muhangane nabacivil bari kumapa aba general naba police banyu hanyuma muze gusambira kurwanda nyuma , murabizi niguhita tubarangiriza gahunda kuko murabaswa cyane kuri technique

  • Reka sigaho ntoburozi yagirizwa, ni bwa bwicanyi bw’imbonerakure. Iyaba ari uburozi ntabe wicwa kumurango abantu barororera babanje kumureka akisigura n’abamwishi bakamenyekana ko bamuhoye uburozi bakanabwerekana kubera iki bikinze ijoro ntibashake ko bamenyekana. Twarabahinyuye sha.

  • hahaha na Peter numurozi
    bamwice sasa.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.