IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bujumbura: Igisirikare catanguye gusaka hafi y’ahiciwe Lt Gen Adolphe (...)

Bujumbura: Igisirikare catanguye gusaka hafi y’ahiciwe Lt Gen Adolphe Nshimirimana

dimanche 2 Myandagaro 2015

Igisirikare c’Uburundi catanguye igikorwa co gusaka muri komine ya Ngagara hafi y’ahabereye igitero cahitanye Lt Gen Adolphe Nshimirimana mu gatondo ko kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 2 Myandagaro.

Iryo sakwa ryakozwe muri quartier ya gatandatu y’ikomine ya Ngagara nko kumetero 100 uvuye aho imodoka ya Lt Gen Adolphe yarasiwe.

Abanyagihugu bava hanze y’iyo quartier barinjira ariko nta numwe arekuriwe gusohoka iyo quartier.Mu mabarabara y’iyo quartier nta bantu batembera,baguma mu mazu yabo.Abasirikare bari muri ico gikorwa bavuga ko bariko barondera ikintu cose coshobora guhungabanya umutekano.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Imana Imufashe Ashikire Mubiganza Vyayo Kuko Atar’uko Yoba Agow!!!

  • ook bagmey ab nisaw!! babandanye akazi barasa ababikwiye nkuyo mubisha! bacunge nizo mbonerakure ngo nabapolisi!!

  • AHO NTAKINDI BIGAMIJE ATARI ABANYAGIHUGU BAHARWA KUBA BAMURASIYE MUKAMENGE BAKAJA GUSAKA MUNGAGARA BIRABONEKANEZA KARI MUCEZO WANDANI

  • AHO NTAKINDI BIGAMIJE ATARI ABANYAGIHUGU BAHARWA KUBA BAMURASIYE MUKAMENGE BAKAJA GUSAKA MUNGAGARA BIRABONEKANEZA KARI MUCEZO WANDANI

  • genda musak hariya mugisirikar nyen kko ntamunyagihugu azi gutera rokete

  • nibabaze pita na bagenzi nibo bamwishe ntawundi

  • Ndashima cane kubona bashoboye kumwica nahwere yishe beshi

  • Je novuga nti,gusaka nivyiza ariko ico gisirikare ntigihitanize nuwutariwe.guko mugihe vyoshika naho, twoca 2menya ko hapfuye adolphe ba adolphe basigaye.IMANA niyo nsize imbere kuriryo sakwa ikingire abobose vyoshika bagafatwa batazi ico bazira bo muriyo Quartier.

  • Ishinge mwibaza ngobariko barasaka mu Ngagara kumbe igihugu cose bariko baragisaka mutabizi kandigikorwa kiriko kiragendaneza cane twisunse ibimaze gushikwako vyasimusiga.

  • None Bwabundi Twebwe Abanyagihugu Twobura Ubwoba Gute? Kobigoye kwemera Ko Yobayishwe Na Banyagihugu Nibazako Ras Rocet Itotungwa Nabanyagihugu Nimuhigire Mubo Rwagendana Kweri

  • MANA WARAGOWE URUNVA PRESIDENT NKURUNZIZA NGO ADOLPHE NSHIMIRIMANA NGO ASHIKIRE MUBIGAZA VYAWAWE,MBEGA IMANA IWAWE HIJIRA ABICANYI KABUHARIWE?MUTAMA IMISSION WAMUHAYE YOKUGANDAGURA ABATEMERA IMIYOBORERE YAWE IRAHEZE,NONE URAMUSABIRA KUMANA NGO IMWAKIRE, IMUGIRIRE IKIGONGWE MWAYIHINDUYE IMANA KA SATANI.AHUBWO MUSABE IKIGONGWE KWA SATANI AMURINDIZE YAMYAKA IGIHUMBI NAHO UBUNDI IBIHEMBO SATANI ATANGA NUGUKUBITA KURI MUSI IKONI IJANA.MANA UHORA UHOZE

  • Nkurunzz Twarkubwiy Utange Ighug Uranka Nne Uwagushigkira Ntubna Ko Agutanz Gupfa Rindra Nawe Uzokabna Kimwe Gusa Nuko Ingwano Izobkumunt Hasigay Hazobkuri Wewe .

  • Baratanguye irementanya nkuko vyama yamara Imana ninzimankuko twayibonye uyumusi ikuyko uburundi umwasi wabarundi , nubu ntituremerankaneza kukurya ntawopfa iyowumva

  • icubahiro nigihabwe imana kuko unomusi yari yarawuteguye nayo satani yakire umwicanyi wiwe

  • none ko yishwe. hahira habe iki? simfujike aca ahigata? rufyikikiri?mbega mweho umutekamo urakwiye? wewe apfuye neza ko adaturiwe abona nko munyakabiga.ok namwe uwo mushaka nahaje turabe.kandi uumva ashaka yishure. vyose ni bkbke.

  • Akobagabo Ubu Nyene Urashobra Kwishima Umuntu Apfuy Atac Yakugz Rwavu Nabagenzibe Nababayoka Nimwishimire Iryo Bara Kuko Ntimurapfa Mwunv Mbega Muzoshika Kuk? Wamunyagihugu Ukorera Urwarwaw Wishima Dolf Uzi Ico Yakorey Uburundi Yarintwari Mwishe Lt Gen Nsh Ntimwishe Incuti Nabakunzib Co Kimwe Natw Yari Intwari Namw Muzobibazwa Ntangajw Nuwishima Ngo Yapfuy Mbega Weh Wunva Upfuy !??

  • Kagame,james kabarebe,godefroid nabandi nibo baraye bahekuye uburundi!!! Bahutu mutwumva,mumenyeko abatutsi baza batanguye gusubira kugeregeza ya Empire Hima Tutsi! Nimube maso

  • None abo banyagihugu bo muri cartier 6 nibo baje nimodoka ya gisoda. Canke basake Camp Ngagara. Peter nawe amwikuyeko yoba azi ubwenge kuko kubera kumutinya yahora amukoresha amakosa menshi. Yica abantu benshi kandi Peter agatinya kumubuza no kumuha amategeko.

  • Wowe Gahutu wiyita umurundi kandi uri interahamwe, rukarabankaba. Kagame nabo bandi uvuga bibereye muli development yurwanda naho wowe uri matagaragasi. Watashye ugafatanya nabandi kurwubaka wa cyohe kitazi aho isi igeze. Shame on you.

  • adolphe nshimirimana yarumwicanyi shetani amwakire amukubit amanyundo meshi meshi aragapuuu!!!bahutu mwari mufise imigambi nkiya adolph mugende mwiyahure ico mwashats ntikibaye ahubwo mwitege ingaruka

  • Inkoramaraso izirusha intambwe Kagame aramara abarundi. Ni badahaguruka arabarigata umwe umwe. Iyo nkoramaraso amaraso y’abahutu bo mu Rwanda yarayahaze ubu itangiye aya Barundi.

  • OYAA MBE NIKUBERIKI BOTANGURA GUSAKA MUMAZU KUVA AHO BICIYE GL ADLF NSHIMIRIMANA ABABIKIRA BICIWE MUKAMENGE KAKABA AKAMIZWE NINGOMA?MBE HOHO NIKUBERIKI BATOSAKA IVYO BIRWANISHO MUGIHUGU COSE BASAKA CARTIER IMWE GUSA?MURUMVA RERE IYO CRTIER NIYO IBAMWO ABANTU GUSA? AHUBWO TWOMUSABIRA KO IMANA YOMWAKIRA MUBWAMI BWAYO KUKO NDABONA KUBWICANYI YAGIRIYE ABANDI ARASHOBORA KUYOBERERWA MURI ROPECHAGE MURARABE KO ATARI ITIRO RYAMUTWAYE AZIKANGURA HAGOWE ABAZOBA BAPFUYE BADAFISE IPETE KUKO NIWE AGIYE KUBACURA BUFUNI NA BUHORO.

  • kanyarwanda,Mutabazi=INTERAHAMWE iyo nsomye Commentaire zanyu nkabona ukuntu mwitereye ikizere kubwinkotanyi biransbimishaaaaaaa(NYAKUBAHWA KAGAME )rwose mumutugirira Super Power tukishima!!!!muri sigaje nokuzajya muryama mwarota mukikanga ngo mwapfa Kagame!!!Uwo mu General ufite igisunzu nki cyurwaruka rwubu utegwa embush mu mugi hagati koko akaraswa nkurasiwe mushyamba niwe mubeshyera inkotanyi???Umva jeux dukina ntago arizo !!!vrmnt tuje babimenya kuko umurindi wacu bawumva!!! kdi wowe wiyita KANYARWANDA;FIDELITEna MUTABAZI umurindi wacu twinjira Congo ndakeka muwuzi mwagombye kutubera abahamya kdi mubaye mutari muhari wenda mukiri abana bato munterahamwe mwazabaza bene wanyu!!

  • Ntawifatanya n’interahamwe ngo agire amahoro. Muzabaze I byabaye kuli Mzee Laurent Kabila hakurya Congo. Ni mukomeze kuzibyare mubatisumu. Mutapata ca mutemakuni. Open eyes and understand the danger your facing. Naho HE Kagame mumureke arabarenze. Cross the border come and see what he is busy doing. Guess what ?Building the Singapore of East Africa. Wowe wiyita Muzabazi na Gahutu, muve mu bya moko nibigambo bitagira ibikorwa. Mwubake Uburundi bwiza, buteye imbere buzira indyane. Ntabwo mubonako bikenewe. Itabi ryabakundiye se!!! Mukeneye agasabisho.

  • Sinibaza kohari umu civile yakoze iryobara nibarondere mu Gisirikare zankorabara ntituzi Ko zikiri muribo?Erega imyaka10 Batamya maraso ni myinshi.

  • IKINTANGAZA NIKIMWE WONSIGURIRA GUTE KO BASAKA MUMA CARTIER ABIRI GUSA MBE KO BATASATSE IGIHE ABABIKIRA BO MUKAMENGE BICWA AHUBWO NIBASAKE IGIHUGU COSE

  • IMANA IMWAKIRE MU BWAMI BWAYO.KW’ISI NTAWUHATEBA.

  • Imana Imwakire Ham Abavuma Ikiziga Nabo Nibiziga Mu Bandi

  • ABATASHAKA AMAHORO BAMYEBATA UBURUNDI MUMANGA BARIBAVUZE BAZOKWIRUKA MURICAGIHE CIMYIYEREKANO

  • ubund iyo umunt yakoz amaraso ker naw arateba agashkrwa imana ihabwicubahro.mbe nkubu bababikira ntibaciy bamufata mwizos bamubaza naw icamushkany mukuzimu?

  • Abatutsi baraduhekuye kuko nibo bateranya abahutu bakabagira ikiraro.Ego Lt Gn Adolphe Nshimirimana aratanze mugabo mumenye nezako impiringi z’abatutsi ziriko zirapompera kunzara zivuga ziti vyabihutu biramaranye!!!izombwa zasanze zitazosubira gutwara none zatoye umugambi wokuturyanisha ngo tumarane,mumenyeko buyoya yavuze ngo barekebatware tuzogitora mw’ibarabara bagitaye none ntacowumva yari yishimikije?reka abatutsi bagifate tuzoca dusubira kwinjira mumagunira ngo turabanenja kandi nawe atavyo ushaka kubona mukiroro uzojayooo.muguma mwitera agatsintsiri ngo Lt Gn Adolphe aratuvuye kw’izosi, urahumba abakora ivyiza nkawe turacangana 99,9%

  • Erega Nyakubahwa Peter ntubona ko iyo mbwa kagame ikumariye kw’abawe? Mwikureko nkakumwe Gikwete yabigira Umwerurire kuko uwo muhimbiri niwe ar’inyuma y’ico gitero caduhekuye yiheka kuband batutsi baraha mugihugu mukudukoramunda gir’ucukora nawe kuko iryambwa kagame turaziko itokunanira ,turinyuma yawe.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.