IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bukemba : Umunyarwanda yatowe ikiziga amanitse ku giti

Bukemba : Umunyarwanda yatowe ikiziga amanitse ku giti

vendredi 15 Ndamukiza 2016, par egide

Ikiziga c’umuntu amanitse ku giti catowe mw’ishamba i Bukemba mu ntara ya Rutana. Uwo muntu ni umunyarwanda yahora aba muri site ya Butare, aho nyene muri komine Bukemba.

Mu gihe abanyagihugu b’aho i Bukemba bavuga ko uwo muntu yoba yishwe, amakuru dukura mu Rutana avuga ko uwo muntu yoba yariyahuye yimanitse ku giti, ikiziga ciwe kikaba catowe inyuma y’iminsi itatu ababanyi biwe baramubuze.

Uwo yatowe ikiziga ni umunyarwanda azwi kw’izina rya NSHIMIYE, umurimyi yahora aba muri site ya Butare, komine Bukemba, intara ya Rutana.


IGIHE

Messages

  • izonyenzi zirikudu hungabaniri zigihugu zishakiki? nizijiwabo ntazotugishaka

  • Izo nimbonerakure na cagiporisi ca nkurunziza ca mugadaguye kuko uravye inyisho zurwanko abiyita Ngo nabategetsi birirwa barigisha abarundi rwokwanka abanyarwanda numukuru wigihugu c’urwanda kagame ntankeka uwo muntu yishwe nimbonerakure ico jewe nubu nobandanya gusaba nuko abarundi Bose bakunda igihugu bojahamwe bagashinga inzego gashasha kugira zihagirike ubwobwicanyi kuko ubwicanyi ntibushobora guhagarara igihe igihugu kigiye kumara umwaka atazego kigira birakeneweko mumaguru masha hoshingwa izego ziza guhagarika ubwo bwicanyi kuko igihugu iyo kitagira abatware hategerezwa kubaho akajagari

  • Iyo yimanitse mugiti ni inkotanyi. Kubera zishe benshi zisigaye ziyahura kubera amaraso azikurikirana. Ahubwa byadushimisha n’inkoramaraso nkuru (Kagame yimanitse muri Nyungwe)

  • Wewe sha ’’murundi’’ igihugu canyu capfuye kera kandi cishwe n’abafise imvugo nk’iyawe kandi babona ibintu nkawe, abiyumvira ko umuti wa vyose ari ukwica, abatibuka ko nabo isaha n’isaha bashobora gupfa, abibeshya bibwira ko aribo ba samuragwa b’Uburundi, abibwira ko uburundi budakeneye abanyamahanga, abatinya kwemanga amakosa n’amafuti bakora bakavyitirira abandi, abo bose babaye abaja b’amacakubiri batakimenya gutandukanya icatsi n’ururo NIBO BISHE Uburundi!!!

    Uvuze uti inyenzi!? mbega none ko abaheruka gutera mu RUYIGI vyagaragaye ko baje bava TANZANIA, bo uzobita ngwiki?? Cira ubwo burozi wariye ureke kuba umuja w’amacakubiri kuko nta nyungu ibamwo basi. Uwo mu hisi aruhukire mu mahoro.

  • Iyo Babamara Bos Uravy Ingen Polo Kagame Yahay Indaro Abarundi Kugra Yandikish Amateka Mabi Yuburundi Koburimungwano Nabwo Bwitekererej!Nibasubir Iwabo Hakir Mumagurumasha.

  • mbega inkoziyikibi Atari inyenzi we tumwitegute? (igihere) muntu ufisumubano nkigihere, menyako aburikowica, wibukeko izuru ryawe riraba ikuzimu umenyenawe kwariyuzoja

  • Jewembona Ko Umutiwibiba Muburundi Abakunda Nkurunziza Tumutere Inkingi Abamwanka Bamaramare Basabe Ikingongwe Bakigirirwe Imana Ijimbere Indongozi Zuburundi Abakamisha Ibiziga Nibatenshwebate.

  • nibazako yoba yarishwe kuko abansi barakaka nyaburya ubururundi buri mubihe bigoye

  • ariko mbabaze nkamwe muta umwanya mwandika ivyumviro byubugome nurwango mwumva bizabagezahe uziko mwariye uburozi neza neza mwarutse ivyo mwariye

  • Alexis, amateka mabi si Pres. w’Urwanda yayahe uburundi bwari buyasanganywe, gusa ikibabaje ntabwo abarundi bigeze bayibuka ngo abigishe gufata neza igihugu cabo. Ikindi ntabwo Urwanda rwahamagaye abarundi ahubwo baruhungiko narwo rurabakira nkuko rwokwakira wewe canke jewe! Mbega uramutse uhunze ko ntawe bitoshikira, igihugu uhungiyemwo kikakwirukana ngo genda upfe VYOGUSHIMISHA?? ngira ngo nturahunga na rimwe nta nivyo ndakwipfurije ariko dufise ubwenge ngo tubukoreshe, kuba hariho abahunze ndazi neza ko nta nyungu wewe nk’umuntu bizokuzanira, nta nubwo amafaranga agutunze aziyongera ngo nuko hari abarundi baba mu buhungiro. Reka twubake igihugu twirinde kuba ibikoresho vya Politique tutari muri politique.

  • Uwomuntu koko kwoba arikwiyahura? ndavye ifoto yiwe ukuntu iboheye kugiti sukwiyahura ahubwo n’abagizi banabi bamwishe muburundi turazi ko hariho abagizi banabi haba abarondera itunga mukwica abimana yiremeye nuku benabpf amok n’imigambw nukur wamunt ukor ubwobubish imana igiye kuguhn heb izongeso mbi uzobna urukiza gw’IMANA.

  • turahojeje umuryangowabuze.uwonyakwigendera shimiye turamusabiye imana imwakire mubwami bwayo.

  • imana imwakire mubugingobwayo ntidufe ubusa abarundi nabanya gwanda turibamwe duteranwa nabagomba inyunguzabo duhebe ubwicanyi ntahobuzodushikana

  • yeah
    leta iterwa inkunga na FDLR ntakindi yakora atari kwica abanegihugu

  • Uwoyiyita TARI Nukuri Turi Abantu Kandi Dufite Ubwenge , Nitubukoreshe Mukuvuga Ibivuye Mukirere ! Ibyicyo Kiziga Vyiza Cyopimishwa Bakamenya Ko Yiyahuye Byangwe Yishwe

  • Uwoyiyita TARI Nukuri Turi Abantu Kandi Dufite Ubwenge , Nitubukoreshe Mukuvuga Ibivuye Mukirere ! Ibyicyo Kiziga Vyiza Cyopimishwa Bakamenya Ko Yiyahuye Byangwe Yishwe

  • Banyarwanda, ntimushinyagure ngo mu Burundi ngo hari ingwano, nikurindira umwaka uza hanyuma ico kibi uwe ariwe wese kizomurwako, ubundi abarundi n’abanyarwanda bari bakwiriye gufatana mu mungogo. None ko yari umurimyi ninde mu Burundi yaramukeneye?

  • abamwishe nibagende kumiryango yabuze no kumusaseredoti basabe imbazi gutyo n’Imana irabaharira

  • ntakundi.bihangane.nivyuwuhoraho

  • @igiceri Gaga /Turaje. Mwe muziyahura ryari ko inyenzi zatangiye gushaka ibiti birebire???

  • @mutware
    nziyahura maze kugusiba kwikarita yisi Peter na CNDD FDD yiwe.

  • OOH IVYO BINTU KO BIBABAJE NTACO KO YARI UMUNYARWANDA NTAKUNDI TURIHANGANA ARIKO IVYO BINTU BIRAMBABAJE PÉ

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.